

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu yakiriye intumwa y’Umukuru w’Igihugu ca Uganda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarakiririye ku Kirimba c’i Gitega kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021, intumwa
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arashima ukwitanga kw’abakristu b’Ishengero rya Katolika mu guteza imbere ama paruwase yabo
Kuri uyu musi wa gatandatu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarateye iteka ibirori vyo
Ishengero rya Katolika na Reta biyemeje bose gushika kw’iterambere ry’igihugu bose bari hamwe
Mu mubonano wabaye mw’ibanga ku Kirimba c’i Gitega, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaganiriye kuri uyu wa gatanu igenekerezo
Umukuru w’Igihugu arashima intererano ya Paroisse Murayi mu kwihanganirana kw’amadini mu Burundi
Mu gihe yari yifadikanije n’abakirisu ba paruwase Murayi iri muri komine ya Giheta mu ntara ya Gitega, mu birori vyo
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bahimbarije umunsi mukuru wahariwe amakomine mu Giheta
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bateye iteka komine ya Giheta, mu ntara
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yafashije amabati imiryango ikenye
Mu gihe Uburundi bwari buramutse buhimbaza umusi wahariwe gufatana mu nda, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, abicishije mw’ishirahamwe
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yibutsa abarundi kugaruka ku muco mwiza wo gufatana mu nda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umuryango wiwe bifadikanije, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 06 Myandagaro, n’imvukira
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arahimiriza abenegihugu kwijukira ibikorwa vy’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yishikiye mu ntara ya Kayanza kuri uyu musi wa kane igenekerezo rya 05 Myandagaro
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira Umurundi wese gutahurako afitiye ideni igihugu ciwe
Kuri uyu wa gatatu, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yabonaniye kw’ihoteli Royal Palace yo mu gisagara ca Bujumbura n’abarundi
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira umuntu wese kwubaha ingoro y’Imana
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe n’umuryango wiwe wose bifadikanije n’Ishengero ry’Abagenzi mu birori vyo kwinjira
Mu rugendo Umukuru w’Igihugu ca Tanzaniya arimwo mu Burundi: Harasinywe amasezerano 8 yo gufashanya
Umukuru w’igihugu ca Tanzania ashitse ku kibuga c’indege mpuzamakungu citiriwe Melchior Ndadaye, yakiriwe n’Icegera c’Umukuru w’igihugu Nyakwubahwa Prosper Bazombanza,Ibikorwa vy'Umukuru w'Igihugu
