Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu 6 août 2021 Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yafashije amabati imiryango ikenye Mu gihe Uburundi bwari buramutse buhimbaza umusi wahariwe gufatana mu nda, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, abicishije mw’ishirahamwe Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 6 août 2021 Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yibutsa abarundi kugaruka ku muco mwiza wo gufatana mu nda Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umuryango wiwe bifadikanije, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 06 Myandagaro, n’imvukira Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 6 août 2021 Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arahimiriza abenegihugu kwijukira ibikorwa vy’iterambere Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yishikiye mu ntara ya Kayanza kuri uyu musi wa kane igenekerezo rya 05 Myandagaro Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 28 juillet 2021 Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira Umurundi wese gutahurako afitiye ideni igihugu ciwe Kuri uyu wa gatatu, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yabonaniye kw’ihoteli Royal Palace yo mu gisagara ca Bujumbura n’abarundi Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 25 juillet 2021 Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira umuntu wese kwubaha ingoro y’Imana Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe n’umuryango wiwe wose bifadikanije n’Ishengero ry’Abagenzi mu birori vyo kwinjira Read more
Amajambo yashikirijwe 19 juillet 2021 Dondoo za MHE. Samia Suluhu Hassan, Rais wa Jamhuli ya Muungano wa Tanzania baada ya kufanya mazungumzo rasmi na MHE. Evariste Ndayishimiye,Rais wa Jamhuri ya Burundi Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 16 juillet 2021 Mu rugendo Umukuru w’Igihugu ca Tanzaniya arimwo mu Burundi: Harasinywe amasezerano 8 yo gufashanya Umukuru w’igihugu ca Tanzania ashitse ku kibuga c’indege mpuzamakungu citiriwe Melchior Ndadaye, yakiriwe n’Icegera c’Umukuru w’igihugu Nyakwubahwa Prosper Bazombanza, Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 9 juillet 2021 Umukuru w’Igihugu asaba abarimyi gukorera mu mashirahamwe kugira barwize umwimbu Kuri uyu wa 8 Mukakaro 2021, muri komine Makebuko intara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yagendeye abarimyi Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 8 juillet 2021 Umukuru w’Igihugu yakiriye Umushikiranganji wa Kenya araba ibijanye n’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko Kuri uyu wa 8 Mukakaro, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ku kirimba ciwe kiri i Gitega ku murwa mukuru Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 1 juillet 2021 Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gukomeza ukwikukira mu gusonera ubutaka bw’igihugu, itunga rusangi, ubuzima bw’umuntu n’amategeko Kuri uyu wa mbere Mukakaro 2021, niho abarundi bari baramutse bahimbaza isabukuru ry’imyaka 59 irangiye bahabuje intahe y’ukwikukira. Ibirori Read more
Amajambo yashikirijwe, Amakuru 30 juin 2021 Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye rijanye no guhimbaza isabukuru igira 59 y’intahe y’ukwikukira k’Uburundi Read more
Amasanamu, Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu 25 juin 2021 Nyenicubahiro asaba urwaruka kurangwa n’urukundo bahereye mu miryango yabo Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 17 septembre 2021 Umukuru w’Igihugu arashima ibikorwa vy’Ishirahamwe Umugiraneza mu gisata c’amagara y’abantu Mu gihe yari aramutse Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 17 septembre 2021 Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba abarimyi gushira amatongo hamwe kugirango barwize umwimbu Mu gihe yari yishikiye Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 15 septembre 2021 Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye uwuserukira igihugu c’Ubutariyano mu Burundi Kuri uyu wa gatatu igenekerezo Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 13 septembre 2021 Umukuru w’Igihugu aratera intege urwego rwo kwivuna abansi ku ntambwe rugezeko mu gukingira ibidukikije Kuri uyu wa mbere igenekerezo Read more
Ivyegeranyo vy'Inama Nshikiranganji 22 juillet 2021 Icegernyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 21 Mukakaro 2021 Read more
Amasanamu 10 juillet 2021 Sebarundi ahamagarira Abarundi gukorera hamwe no kwijukira kuba mu birwati Read more
Ivyegeranyo vy'Inama Nshikiranganji 8 juillet 2021 Icegeranyo c’Inaman Nshikiranganji yo ku wa 07 Mukakaro 2021 Read more
Amasanamu 5 juillet 2021 Uko urugendo Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yagize muri Bénin rwagenze Read more
Amasanamu 5 juillet 2021 Umviriza ico Sebarundi ashikiriza, ku bijanye n’inagurwa ry’imigenderanire y’Uburundi n’Urwanda Read more
Amasanamu 5 juillet 2021 Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba abarundi gusonera agataka, umuntu n’amatageko vy’igihugu Read more
Amasanamu 5 juillet 2021 Ido n’ido ry’ijambo rya Sebarundi rijanye n’imyaka 59 irangiye abarundi buhabuje intahe y’ukwikukira Read more
Amasanamu 5 juillet 2021 Ikiganiro KU KIVI kijanye n’inyigisho ku ndongozi n’urwaruka mu gisabisho co gushima Imana : Gitega Read more
Amasanamu 5 juillet 2021 Mu nyigisho ku ndongozi, Pasteur Déo Nshimiyimana yasavye abarundi kugira urukundo no kurekuriranira Read more
Amasanamu 5 juillet 2021 Inyigisho Sebarundi yahaye indongozi ku musi ugira 2 w’igisabisho co gushima Imana cabereye i Gitega Read more
Amasanamu 13 août 2021 Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi bateye intambwe mw’iterambere guteza imbere aho bavuka : Ku KIVI Read more
Amasanamu 9 août 2021 Abarimyi baritavye akamo ko kugwiza umwimbu w’ibifumgurwa, harimwo n’igiterwa c’ingano Read more
Amasanamu 29 juillet 2021 Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye ryo gutanguza icese isekeza ryo gupima indwara y’igitigu ku bakenyezi bibungenze Read more
Amatangazo, Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 25 décembre 2020 Itangazo ku bimenyeshamakuru rijanye n’ihimbazwa ry’Umunsi Mukuru wa Noheri Kuri uyu wa 25 Kigarama, umusi duhimbaza ivuka rya Yezu Kristu, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yifadikanije n’abakristu ba Read more
Amatangazo 7 décembre 2020 Itangazo n°2 rya Reta y’Uburundi ku ngingo y’Inama nkuru y’umutekano ya ONU Read more
Amatangazo 3 novembre 2020 Itangazo nomero 1 rya Reta y’Uburundi kubijanye n’ukurwanya ikiza ca Coronavirus Itangazo numero 1 rya Reta y’Uburundi kubijanye n’ukurwanya ikiza ca Coronavirus. Read more
Amatangazo 2 novembre 2020 Itangazo rijanye n’urugendo rw’Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, mu gihugu ca Guinée Équatoriale Itangazo rijanye n’urugendo rw’umukuru w’igihugu nyecibuhari Varisito Ndayishimiye. Read more
Ivyegeranyo vy'Inama Nshikiranganji 21 juillet 2022 Icegeranyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 20 Mukakaro 2022 Read more
Ivyegeranyo vy'Inama Nshikiranganji 30 juin 2022 Icegeranyo c’inama Nshikiranganji yo kuwa 29 Ruhenshi 2022 Read more
Ivyegeranyo vy'Inama Nshikiranganji 2 juin 2022 Icegeranyo c’Inama Nshikiranganji yo kuwa 1 Ruhenshi 2022 Read more
Ivyegeranyo vy'Inama Nshikiranganji 19 mai 2022 Icegeranyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 180Rusama 2022 Read more