Kirundi || Français

Abashikiranganji

Nestor NTAHONTUYE
Umushikiranganji wa mbere
Honorable Léonidas NDARUZANIYE
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano
Marie Chantal NIJIMBERE
Umushikiranganji w’ukwivuna abansi n’ukwitaho abahoze ku rugamba.
Alfred AHINGEJEJE
Umushikiranganji w’Ubutungane, agateka ka zina muntu n’iterambere ridakumira
Amb. Edouard BIZIMANA
Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, iyinjira ry’Uburundi mu miryango yo mu karere n’ugufashanya mw’iterambere
Alain NDIKUMANA
Umushikiranganji w’ubutunzi, ikigega ca Reta n’ubutunzi bufatiye ku buhinga bwa none
Dr. Hassan KIBEYA
Umushikiranganji w’ubutare n’agataka, amasoko ntanganguvu, amahinguriro, ubudandaji n’ingenzi
Calinie MBARUSHIMANA
Umushikiranganji w’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi.
Damien NIYONKURU
Umushikiranganji w’inyubako, uburaro rusangi, ugutwara abantu n’ibintu hamwe n’ibikoresho
Dr. François HAVYARIMANA
Umushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi
Dr. Lydwine BARADAHANA
Umushikiranganji w’amagara y’abantu
Lieutenant Général de Police Gabriel NIZIGAMA
Umushikiranganji w’akazi, abakozi ba Reta n’ugutegekaniriza kazoza abakozi
Lydia NSEKERA
Umushikiranganji w’urwaruka, inkino n’imico kama
Gabby BUGAGA
Umushikiranganji w’ukumenyesha amakuru n’ibinyamakuru

 

error: Content is protected !!