Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu
Ibikorwa vy'Umukuru w'Igihugu
IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI, YIPFURIZA ABARUNDI N’INCUTI Z’UBURUNDI UMWAKA MUSHASHA MWIZA WA 2025
Nyenicubahiro Mana Mushoboravyose, wewe wamye urindaUmutambukanyi W'Umukuru W'Igihugu
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yafashije amabati imiryango ikenye
Mu gihe Uburundi bwari buramutse buhimbaza umusi wahariwe gufatana mu nda, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, abicishije mw’ishirahamweIcegera c'Umukuru w'Igihugu
Uburundi burashigikiye ishingwa ry’ikigega kidasanzwe kigenewe ihindagurika ry’ibihe muri Afrika
Mu nama igira 984 y’Umurwi w’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika