Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu
Ibikorwa vy'Umukuru w'Igihugu
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yateye iteka umunsi wahariwe umutangakori
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yateyeUmutambukanyi W'Umukuru W'Igihugu
Umutambukanyi wa Sebarundi yatanguje ihiganwa Miss Burundi 2021
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yatanguje icese ihiganwa ryo gutora umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge, mu mwaka w’2021,
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu asaba urwaruka kugira amerekero meza
Ku munsi ugira kabiri w’igisabisho catunganijwe n’Umukuru w’igihugu c’Ubuundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kw’izina ry’abarundi bose, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu , Nyenicubahiro
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kuri Lycée du Lac Tanganyika
Kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 5 Kigarama, Nyenicubahiro Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu,Angeline Ndayishimiye yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kubanyeshure