

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yateye iteka umunsi wahariwe umutangakori
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yateye iteka, kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 21 kigarama 2021, ku Kibuga citiriwe Intwari
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba Abarundi bose gusubira ku karanga ko gushigikirana
Mu gihe kuri uyu wa 20 Kigarama 2021 yari aramutse yugurura icese ibikorwa vy’inama ya bose igira 7 y’umurwi w’igihugu
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arasaba Abarundi gutandukana n’agatima k’agatimatare
Mu gihe Ekleziya Katorika iramutse itangura ikiringo c’Ubushikiro, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Yohani BatistaIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yateye iteka umunsi wahariwe umutangakori
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NdayishimiyeIcegera c'Umukuru w'Igihugu
Amasanamu
Amatangazo
Umutambukanyi W'Umukuru W'Igihugu

Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye, ari i Brazzaville, yashigikiye icipfuzo co gukorana mu runani n’abandi batambukanyi b’abakuru b’ibihugu vya Afrika
Kw’igenekerezo rya15 Ndamukiza, Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yaraherekeje Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye i Brazzaville muri Repubulika