

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Ikivuko ca Bujumbura kigiye kwugururira Uburundi imihora yo guhanahana ibidandazwa
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yatanguje kuri uyu wa kane ibikorwa vyo kwubaka ku buryo bwa kijambere ikivuko ca
Kwubahiriza amategeko niwo mushinge w’iterambere
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije kuri uyu wa Mungu, n’abakirisu b’Ishengero rya Méthodiste Libre mu Burundi mu birori
Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gutsimbataza urukundo, amahoro n’ukunywana vyo soko ry’iterambere rirama
Mu gihe yari yifadikanije n’abakristu ba Diyoseze ya Ngozi mu nkuka ya misa yo kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 29
Abarundi barangurira imirimo yabo mu bindi bihugu basabwa kuba koko abaserukizi b’Uburundi
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira Abarundi baba hanze y’Igihugu guterera mw’iterambere ry’igihugu
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yitavye kuri uyu wa gatanu inama yo ku rwego rwo hejuru yatunganijwe n’Ibanki Nkuru y’Igihugu
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yabonanye n’abakora mu gisata c’uburimyi n’ubworozi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, aho yari yishikiye mu ntara ya Bubanza, yatanze intumbero ibereye ku bashakashatsi, abategura n’abashira
Igihugu ca Misiri kirashima ibikorwa vya Reta y’Uburundi kigasaba ko amasezerano yasinywe yoja mu ngiro vuba
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 Myandagaro uwuserukira igihugu ca Misiri Yasser
Abarongozi b’ibanki TDB bari i Bujumbura kwirabira ivyo bofashamwo Reta y’Uburundi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye kuri uyu wa kabiri abarongozi b’ibanki TDB (Eastern and Southern African Trade and
Umukuru w’igihugu asaba ISABU gukorana n’abigenga mu kugwiza imbuto zirobanuye kugira hagwizwe umwimbu
Kuri uyu musi wa kabiri igenekerezo rya 16 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yabonanye n’abakozi b’ikigo ISABU kijejwe
Umuryango w’umukuru w’igihugu wahimbarije umusi mukuru w’iyurira mw’ijuru rya Bikira Mariya i Mugera ku Kirimba ca Bikira Mariya
Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 15 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito ari kumwe n’umuryango wiwe n’izindi ndongozi
Umukuru w’Igihugu yakiriye intumwa y’Umukuru w’Igihugu ca Uganda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarakiririye ku Kirimba c’i Gitega kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021, intumwaIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yatanguje icese irima ry’agatasi
Mu gihe Uburundi bwari
Amashirahamwe CNME-CGC yahagaritswe mu mugambi wo kwubaka urugomero rwa Mpanda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito