

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu asaba itunganywa rishasha ry’igisata c’uburimyi n’ubworozi
Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE, yarateye iteka, kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 15 kigarama, ibikorwa vy’umwiherero ujanye n’ishirwa mu
Umukuru w’igihugu asaba amashengero kuba umushinge w’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubariro Varisito Ndayishimiye n’Umutambukanyi wewe, bifadikanije n’abakristu ba paruwasi Mutoyi, muri diyoseze nkuru ya Gitega, mu gisabisho co
Umukuru w’Igihugu asaba abarundi gukora bakagera kurugero rumwe n’ibindi bihugu bihurikiye mumuryango wa Afrika y’ubuseruko Uburundi buhurikiyemwo
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE , kuri uyu wa 10 Kigarama 2020, yatanguje ibikorwa vy’ihuriro ku rwego rwo hejuru, ryo kurabira hamwe
Umushikiranganji wa Angola ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu yakiriwe na Nyenicubahiro Ndayishimiye, aho yari amuzaniye ubutumwa bwa Mugenziwe Joào Lourenço, no kumwereka Umunyamabanga Nshingwabikorwa mushasha wa CIRGL
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yarakiriye, ku wa kabiri mu biro Kwa Ntare Rushatsi, Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu w’igihugu ca
Umukuru w’Igihugu Varisito NDAYISHIMIYE yatanguje inagurwa ry’ibiganiro vyo ku rwego rwo hejuru, hagati y’Uburundi n’ishirahamwe rya Buraya.
Kuva kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 7 Kigarama, Uburundi n’ishirahamwe ry’ibihugu vya Buraya vyasubiye kunagura ku rwego rwo hejuru,
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kuri Lycée du Lac Tanganyika
Kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 5 Kigarama, Nyenicubahiro Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu,Angeline Ndayishimiye yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kubanyeshure
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye asaba abanyafrika kunezerezwa no kwimbura bagafungura ivyabo
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Kigarama, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yitavye imam idasanzwe igira 13
Umukuru w’Igihugu yahaye umubonano uwuserukira Ubutariyano mu Burundi
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 4 Kigarama 2020, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito yahaye umubonano Massimilliano MAZZANTI, aserukira igihugu
Umukuru w’Igihugu ahamagarira abarundi gutera intambwe muvyo gukunda igihugu, mu kwijukira gutanga ikori, kugirango itunga ry’igihuhgu ryisununure
Kuri uyu wa 3 Kigarama 2020, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito yateye iteka ibirori vyo gusozera indwi yahariwe umutangakori,
Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yaganiriye n’abanyeshure bo kw’ishure ryitiriwe umweranda Gustino ryo mu Gitaramuka
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, Nyencibahiro Angeline Ndayishimiye, yaragendeye, kuri uyu wa 3 Kigarama, umwaka w’2020, ishure ryitiriwe umweranda Gustino ryo muIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Reta y’Uburundi n’Ibanki y’Isi Yose bemeranije gukurikiranira hamwe imigambi y’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ariteguriye gutsimbataza imigenderanire na Tanzaniya
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye