

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yatanguje icese irima ry’agatasi
Mu gihe Uburundi bwari bwifatanije n’isi yose mu guhimbaza umusi wahariwe ibifungurwa, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaciye atanguza
Amashirahamwe CNME-CGC yahagaritswe mu mugambi wo kwubaka urugomero rwa Mpanda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yishikiye ku rubibe intara za Muramvya, Kayanza na Bubanza zihwanirako, aho amashirahamwe CNME-CGC yariko
Uburundi bwibutse ku ncuro igira 60 igandagurwa ry’incungu y’ukwikukira Umuganwa Ludoviko Rwagasore
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye n’izindi ndongozi z’igihugu nk’umukuru w’Inama Nkenguzamateka, Icegera c’Umukuru
Abarundi bose bahamagarirwa kubungabunga imico kama ya ba sokuru, yo mushinge w’iterambere
Mu gihe yari yateye iteka ibirori vyo gutanguza icese isabukuru ndangamico n’akaranga vy’igihugu ku ncuro ya mbere, ibirori biriko
Umukuru w’Igihugu arashima ibikorwa vy’Ishirahamwe Umugiraneza mu gisata c’amagara y’abantu
Mu gihe yari aramutse yugurura icese inyubakwa y’ikigo “Urumuri” c’i Gitega ifasha mu gikorwa co kuvura ingwara yo mu
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba abarimyi gushira amatongo hamwe kugirango barwize umwimbu
Mu gihe yari yishikiye ku kivi kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 nyakanga 2021, mu kugendera ibigo vy’akarorero
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye uwuserukira igihugu c’Ubutariyano mu Burundi
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 nyakanga 2021, ku kirimba ciwe c’i Gitega ku murwa mukuru wa politike, Umukuru
Umukuru w’Igihugu aratera intege urwego rwo kwivuna abansi ku ntambwe rugezeko mu gukingira ibidukikije
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 13 Nyakanga 2021, Umukuru w’igihugu akaba n’intwazangabo nkuru y’inzego zijejwe umutekano no kwivuna abansi
Umukuru w’Igihugu yuguruye icese ibitaro vya mbere vya komine, i Musigati mu ntara ya Bubanza
Kuri uyu wa 11 Nyakanga 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yuguruye iceseIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arasaba Abarundi gutandukana n’agatima k’agatimatare
Mu gihe Ekleziya Katorika iramutse