

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Mu rugendo Umukuru w’Igihugu ca Tanzaniya arimwo mu Burundi: Harasinywe amasezerano 8 yo gufashanya
Umukuru w’igihugu ca Tanzania ashitse ku kibuga c’indege mpuzamakungu citiriwe Melchior Ndadaye, yakiriwe n’Icegera c’Umukuru w’igihugu Nyakwubahwa Prosper Bazombanza,
Umukuru w’Igihugu asaba abarimyi gukorera mu mashirahamwe kugira barwize umwimbu
Kuri uyu wa 8 Mukakaro 2021, muri komine Makebuko intara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yagendeye abarimyi
Umukuru w’Igihugu yakiriye Umushikiranganji wa Kenya araba ibijanye n’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko
Kuri uyu wa 8 Mukakaro, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ku kirimba ciwe kiri i Gitega ku murwa mukuru
Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gukomeza ukwikukira mu gusonera ubutaka bw’igihugu, itunga rusangi, ubuzima bw’umuntu n’amategeko
Kuri uyu wa mbere Mukakaro 2021, niho abarundi bari baramutse bahimbaza isabukuru ry’imyaka 59 irangiye bahabuje intahe y’ukwikukira. Ibirori
Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gukomeza icizere ku Mana, kuyikunda no kurekuriranira
Mw’ijambo yashikirije ku muhingamo wo kuri uyu musi wa mbere w’amasengesho mpuzamadini yo gushimira Imana ku mwaka urangiye ashikiriye
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye aripfuza ko Urwaruka rw’ubu rwogira ubudasa n’urwa kera
Mu gihe Ekleziya Katolika iramutse ihimbaza umusi Mukuru w’Umushaha Mweranda wa Yezu Kristu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye Umukuru w’igihugu c’Uburundi
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye intumwa idasanzwe ya ONU mu karere k’ibiyaga binini
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Rusama, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano Huang Xia, intumwa idasanzwe
Umukuru w’Igihugu yakiriye Umunyamabanga mukuru wa Afrika y’Ubuseruko
Kuri uyu wa 29 Rusama, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, ku kirimba ciwe kiri i Gitega, Peter MutukuIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye uwuserukira igihugu c’Ubutariyano mu Burundi
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo
Ikivuko ca Bujumbura kigiye kwugururira Uburundi imihora yo guhanahana ibidandazwa
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro VarisitoIcegera c'Umukuru w'Igihugu
Amasanamu
Amatangazo

UMUSHIKIRANGANJI W’IMIGENDERANIRE N’AMAKUNGU W’IGIHUGU CA KONGO YAKIRIWE N’UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI
Kuri uyu wa 5 Gitugutu 2020 igihe c’isaha icumi (16h00), Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yakiriye Umushikiranganji w’Imigenderanire n’amakungu