

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yateye iteka umunsi wahariwe umutangakori
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yateye iteka, kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 21 kigarama 2021, ku Kibuga citiriwe Intwari
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba Abarundi bose gusubira ku karanga ko gushigikirana
Mu gihe kuri uyu wa 20 Kigarama 2021 yari aramutse yugurura icese ibikorwa vy’inama ya bose igira 7 y’umurwi w’igihugu
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arasaba Abarundi gutandukana n’agatima k’agatimatare
Mu gihe Ekleziya Katorika iramutse itangura ikiringo c’Ubushikiro, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Yohani Batista
Uburundi na Reta zunze ubumwe za Amerika biyemeje gukorana kugira batsimbataze imigenderanire
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano kuri uyu musi wa kabiri ku Kirimba c’i Gitega, uwuserukira Reta zunze ubumwe
Mu gusozera Umwiherero w’abagize Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta, Umukuru w’Igihugu yatanze inyigisho zo kuzirikana igihugu ku bayobozi bakuru muri Reta
Kuri uyu wa 5 Munyonyo 2021, mu ntara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yatanze inyigisho zo kuzirikana
Kuraba ko Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta ruramira abenegihugu nkuko bitegerezwa, intumbero y’umwiherero w’abagize urwo rwego uriko urabera mu ntara ya Gitega
Kuva kuri uyu wa 3 Munyonyo 2021, ku kirimba c’Umukuru w’Igihugu i Gitega ku murwa mukuru wa poritike, hariko
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Buziracanda, mu guhimbaza umusi w’Imana
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Buziracanda iri muriIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yateye iteka umunsi wahariwe umutangakori
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arasaba Abarundi gutandukana n’agatima k’agatimatare
Mu gihe Ekleziya Katorika iramutseIcegera c'Umukuru w'Igihugu
Amasanamu
Amatangazo
Umutambukanyi W'Umukuru W'Igihugu

Umutambukanyi wa Sebarundi yatanguje ihiganwa Miss Burundi 2021
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yatanguje icese ihiganwa ryo gutora umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge, mu mwaka w’2021,
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu asaba urwaruka kugira amerekero meza
Ku munsi ugira kabiri w’igisabisho catunganijwe n’Umukuru w’igihugu c’Ubuundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kw’izina ry’abarundi bose, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu , Nyenicubahiro
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kuri Lycée du Lac Tanganyika
Kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 5 Kigarama, Nyenicubahiro Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu,Angeline Ndayishimiye yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kubanyeshure