
Umukuru w’igihugu asaba ISABU gukorana n’abigenga mu kugwiza imbuto zirobanuye kugira hagwizwe umwimbu
Kuri uyu musi wa kabiri igenekerezo rya 16 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yabonanye n’abakozi b’ikigo ISABU kijejwe kugwiza imbuto zirobanuye c’i Gisozi muri komine Gisozi y’intara ya
Umuryango w’umukuru w’igihugu wahimbarije umusi mukuru w’iyurira mw’ijuru rya Bikira Mariya i Mugera ku Kirimba ca Bikira Mariya
Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 15 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito ari kumwe n’umuryango wiwe n’izindi ndongozi z’igihugu bifadikanije n’abakirisu mu birori vyo guhimbaza umusi wahariwe iyurizwa
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye i Mugera ku munsi mukuru w’iyurira mw’ijuru rya Bikira Mariya
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/08/Discours-Mugera.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu yakiriye intumwa y’Umukuru w’Igihugu ca Uganda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarakiririye ku Kirimba c’i Gitega kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021, intumwa idasanzwe y’Umukuru w’igihugu ca Uganda Nyenicubahiro Yoweli Kaguta Museveni. Hampande
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arashima ukwitanga kw’abakristu b’Ishengero rya Katolika mu guteza imbere ama paruwase yabo
Kuri uyu musi wa gatandatu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarateye iteka ibirori vyo kwinjira Ikirimba ca Bikira Mariya kiri muri paruwase Makebuko mu
Ishengero rya Katolika na Reta biyemeje bose gushika kw’iterambere ry’igihugu bose bari hamwe
Mu mubonano wabaye mw’ibanga ku Kirimba c’i Gitega, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaganiriye kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 13 Myandagaro 2021 n’abagize Inama y’Abepiskopi b’i Burundi ku
Umukuru w’Igihugu arashima intererano ya Paroisse Murayi mu kwihanganirana kw’amadini mu Burundi
Mu gihe yari yifadikanije n’abakirisu ba paruwase Murayi iri muri komine ya Giheta mu ntara ya Gitega, mu birori vyo guhimbaza yubire y’imyaka 50 imaze, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye,
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bahimbarije umunsi mukuru wahariwe amakomine mu Giheta
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bateye iteka komine ya Giheta, mu ntara ya Gitega, mu birori vyo guhimbaza umusi mukuru wahariwe amakomine.
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yafashije amabati imiryango ikenye
Mu gihe Uburundi bwari buramutse buhimbaza umusi wahariwe gufatana mu nda, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, abicishije mw’ishirahamwe Fondation Bonne Action Umugiraneza asanzwe arongoye, yashikirije imfashanyo y’amabati ku