Umukuru w’Igihugu asaba abarimyi gukorera mu mashirahamwe kugira barwize umwimbu
Kuri uyu wa 8 Mukakaro 2021, muri komine Makebuko intara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yagendeye abarimyi bahurikiye muri koperative Dukorerehamwe, irima igiterwa c’umuceri mu mwonga wa
Umukuru w’Igihugu yakiriye Umushikiranganji wa Kenya araba ibijanye n’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko
Kuri uyu wa 8 Mukakaro, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ku kirimba ciwe kiri i Gitega ku murwa mukuru wa politike w’Uburundi, yakiriye Umushikiranganji w’igihugu ca Kenya araba ivy’Umuryango
Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gukomeza ukwikukira mu gusonera ubutaka bw’igihugu, itunga rusangi, ubuzima bw’umuntu n’amategeko
Kuri uyu wa mbere Mukakaro 2021, niho abarundi bari baramutse bahimbaza isabukuru ry’imyaka 59 irangiye bahabuje intahe y’ukwikukira. Ibirori vyatangujwe no gushira ingori z’amashurwe no kwunamira intatemwa y’uwaharaniye ukwikukira,
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye rijanye no guhimbaza isabukuru igira 59 y’intahe y’ukwikukira k’Uburundi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/06/Ukwikukira-59.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gukomeza icizere ku Mana, kuyikunda no kurekuriranira
Mw’ijambo yashikirije ku muhingamo wo kuri uyu musi wa mbere w’amasengesho mpuzamadini yo gushimira Imana ku mwaka urangiye ashikiriye amabanga yo kurongora Uburundi, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasavye
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye aripfuza ko Urwaruka rw’ubu rwogira ubudasa n’urwa kera
Mu gihe Ekleziya Katolika iramutse ihimbaza umusi Mukuru w’Umushaha Mweranda wa Yezu Kristu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye Umukuru w’igihugu c’Uburundi yifadikanije mu gisabisho n’abakirisu ba Paruwase ya Cathédrale Regina Mundi
Ijambo Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ashikirije ku musi mukuru w’ukwinjiza icese umurwi ugira gatanu w’imikangara mu rwego rw’Intwazangabo mu Giporisi, no kwugurura umwaka w’ishure w’2020 ushira 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/06/Discours-Mitakataka.pdf" download="all" viewer="google"]
Ijambo Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ashikirije ku musi wo kuganduka kuri Nyakwigendera Petero Nkurunziza, no gutanguza icese Umusi Mukuru wo Kuzirikana no Gukundisha Igihugu Abarundi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/06/Discours-Pdt-8-juin.pdf" download="all" viewer="google"]