Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arashima ukwitanga kw’abakristu b’Ishengero rya Katolika mu guteza imbere ama paruwase yabo
Kuri uyu musi wa gatandatu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarateye iteka ibirori vyo kwinjira Ikirimba ca Bikira Mariya kiri muri paruwase Makebuko mu
Ishengero rya Katolika na Reta biyemeje bose gushika kw’iterambere ry’igihugu bose bari hamwe
Mu mubonano wabaye mw’ibanga ku Kirimba c’i Gitega, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaganiriye kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 13 Myandagaro 2021 n’abagize Inama y’Abepiskopi b’i Burundi ku
Umukuru w’Igihugu arashima intererano ya Paroisse Murayi mu kwihanganirana kw’amadini mu Burundi
Mu gihe yari yifadikanije n’abakirisu ba paruwase Murayi iri muri komine ya Giheta mu ntara ya Gitega, mu birori vyo guhimbaza yubire y’imyaka 50 imaze, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye,
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bahimbarije umunsi mukuru wahariwe amakomine mu Giheta
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bateye iteka komine ya Giheta, mu ntara ya Gitega, mu birori vyo guhimbaza umusi mukuru wahariwe amakomine.
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yafashije amabati imiryango ikenye
Mu gihe Uburundi bwari buramutse buhimbaza umusi wahariwe gufatana mu nda, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, abicishije mw’ishirahamwe Fondation Bonne Action Umugiraneza asanzwe arongoye, yashikirije imfashanyo y’amabati ku
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yibutsa abarundi kugaruka ku muco mwiza wo gufatana mu nda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umuryango wiwe bifadikanije, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 06 Myandagaro, n’imvukira zo ku musozi avukako wa Musama uri muri komine Giheta,
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arahimiriza abenegihugu kwijukira ibikorwa vy’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yishikiye mu ntara ya Kayanza kuri uyu musi wa kane igenekerezo rya 05 Myandagaro kugira ngo yirabire yongere ahimirize abenegihugu mu bikorwa vy’iterambere bishingiye
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira Umurundi wese gutahurako afitiye ideni igihugu ciwe
Kuri uyu wa gatatu, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yabonaniye kw’ihoteli Royal Palace yo mu gisagara ca Bujumbura n’abarundi bakorera imirimo yabo mu bindi bihugu biri mu mpande zine