Mu gihe yari yateye iteka ibirori vyo gutanguza icese isabukuru ndangamico n’akaranga vy’igihugu ku ncuro ya mbere, ibirori biriko birabera ku kibuga citiriwe Intwari mu gisagara ca Bujumbura kuva
Mu gihe yari aramutse yugurura icese inyubakwa y’ikigo “Urumuri” c’i Gitega ifasha mu gikorwa co kuvura ingwara yo mu kigo, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yashimye ibikorwa vy’ishirahamwe Umugiraneza
Mu gihe yari yishikiye ku kivi kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 nyakanga 2021, mu kugendera ibigo vy’akarorero mu burimyi n’ubworozi biri mu makomine ya Giheta na Makebuko
Kuri uyu wa 11 Nyakanga 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yuguruye icese ibitaro vya mbere vya komine, i Musigati mu ntara ya
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yatanguje kuri uyu wa kane ibikorwa vyo kwubaka ku buryo bwa kijambere ikivuko ca Bujumbura, ivyo bikorwa bikazorangurwa mu kiringo c’imyaka ibiri n’ishirahamwe ry’abayapani
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije kuri uyu wa Mungu, n’abakirisu b’Ishengero rya Méthodiste Libre mu Burundi mu birori vyo kwinjira ingoro y’Imana ya paruwase Gishingano yubatse ku musozi