
Gutahukana ku nguvu abagirizwa gutembagaza ubutegetsi bari mu Rwanda no kwugara burundu Ibiro vy’Intumwa idasanzwe ku Burundi, ni vyo bintu Umukuru w’igihugu n’intumwa idasanzwe ya ONU bayaze
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yarahaye umubonano kuri uyu wa kabiri ku Biro vy’umukuru w’igihugu Ntare Rushatsi, uwitwa Huang Xia, intumwa idasanzwe y’Umunyamabanga Mukuru wa ONU mu karere
Umuryango w’Umukuru w’Igihugu wahimbarije umunsi mukuru wa Kristu- Mwami muri Paroisse Gasura
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe n’abana biwe bifadikanije kuri uyu wa Mungu n’abakirisu ba Paruwase yitiriwe Abamaratiri Beranda b’Ubuganda ya Gasura, muri Komine ya
Umukuru w’Igihugu asabako habaho ugufashanya n’ ukwubahana hagati y’ibihugu bigize CPGL
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste, ari ku murwa mukuru w’ubutunzi wa Bujumbura, yitavye inama isanzwe y’abakuru b’ibihugu bihurikiye mw’ishirahamwe ry’ibihugu binini CIRGL, ikaba yatunganijwe kw’igenekerezo rya 20 Munyonyo, kuri
Ibihugu vy’Uburundi na Uganda vyipfuza gukomeza imigenderanire
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 19 Munyoyo 2020, yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Ouganga mu Burundi, Général Major Mathieu KYALIGONZA. Uyo mushitsi, asanzwe ari
Umukuru w’Igihugu yabonanye n’abakinyi b’umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba
Inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa gatandatu igenekerezi rya 14 Munyonyo, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito, mu nyubakwa z’ihoteli Nonara Beach, yabonanye n’abakinyi b’umurwi nserukiragihugu w’umupira w’amaguru Intamba mu
Umukuru w’Igihugu yakiriye intumwa ya mugenziwe w’Igihugu ca Gabon
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 12 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yakiriye, ku Kirimba c’i Gitega umurwa mukuru wa politike umushikiranganji w’igihugu ca Gabon ajejwe imigenderanire
Umukuru w’Igihugu yaganutse ava muri Guinée Equatoriale
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angéline NDAYISHIMIYE, bahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE, inyuma y’urugendo rw’akazi Sebarundi yari amazemwo imisi itanu mu gihugu
Umukuru w’Igihugu yarangije urugendo rw’iminsi 5 yarimwo muri Guinée Equatoriale
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yasozereye urugendo rw’akazi yatanguye kw’igenekerezo rya 02 Munyonyo mu gihugu ca Guinée Équatoriale, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe. Urwo rugendo yarukoze yitavye ubutumire bwa Mugenziwe Teodoro
Urugendo rw’Umukuru w’Igihugu muri Guinée Équatoriale: Amasezerano 6 yo gufashanya yarashizweko igikumu
Ku wa gatanu igenekerezo rya 06 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste ageze ku musi wa gatanu mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Guinée Équatoriale, urugendo rwabayemwo inyungu hagati