Umukuru w’Igihugu yarangije urugendo rw’iminsi 5 yarimwo muri Guinée Equatoriale
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yasozereye urugendo rw’akazi yatanguye kw’igenekerezo rya 02 Munyonyo mu gihugu ca Guinée Équatoriale, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe. Urwo rugendo yarukoze yitavye ubutumire bwa Mugenziwe Teodoro
Urugendo rw’Umukuru w’Igihugu muri Guinée Équatoriale: Amasezerano 6 yo gufashanya yarashizweko igikumu
Ku wa gatanu igenekerezo rya 06 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste ageze ku musi wa gatanu mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Guinée Équatoriale, urugendo rwabayemwo inyungu hagati
Umukuru w’Igihugu yaragendeye igisagara ca Djibloho muri Guinée Equatoriale
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste iyo ari mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Guinée Équatoriale, yamaze umusi ugira kane i Djibloho, igisagara cubatswe vuba kuko cadugijwe mu mwaka wa
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yabandanirije urugendo rwiwe I Bata muri Guinée Equatoriale
Kw’igenekerezo rya 04 Munyonyo inyuma y’umutaga, ni ku musi ugira gatatu w’urugendo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yaragiye i Malabo, neza na neza mu gisagara co ku nkengera
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yaragendeye imigambi y’ubworozi na college y’abigeme vyo mu karere ka Riaba muri Guinée Équatoriale
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 4 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Umutambukanyi wiwe n’abashikiranganji ba Leta batanu bagendanye na we ku rwego rwo hejuru mu rugendo rw’akazi mu gihugu
Umukuru w’Igihugu yagendeye ibibanza bimwe bimwe n’amahinguriro yo muri Guinée Equatoriale
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi n’abo bafatanye urugendo baragendeye ibibanza bimwe bimwe n’amahinguriro yabakaburiye ubwenge. Batanguye kugendera Ingoro y’amakoraniro y’i SIPOPO. Bariko baramutembereza muriItangazo nomero 1 rya Reta y’Uburundi kubijanye n’ukurwanya ikiza ca Coronavirus
Itangazo numero 1 rya Reta y’Uburundi kubijanye n’ukurwanya ikiza ca Coronavirus.
Umukuru w’Igihugu yashitse i Malabo kuri uyu wa mbere mu rugendo ruzomumaza imisi itanu
Mu kwitaba ubutumire bwa mugenziwe w’igihugu ca Guinée Équatoriale Nyenicubahiro Obiang Nguema Mbasogo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yaragize guhera kuri uyu wa mbere urugendo ruzomumaza imisi itanu muItangazo rijanye n’urugendo rw’Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, mu gihugu ca Guinée Équatoriale
Itangazo rijanye n’urugendo rw’umukuru w’igihugu nyecibuhari Varisito Ndayishimiye.