UMUSHIKIRANGANJI W’IMIGENDERANIRE N’AMAKUNGU W’IGIHUGU CA KONGO YAKIRIWE N’UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI
Kuri uyu wa 5 Gitugutu 2020 igihe c’isaha icumi (16h00), Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yakiriye Umushikiranganji w’Imigenderanire n’amakungu w’Igihugu ca Repuburika Iharanira Demokarasi ya Kongo (RDC), Umupfasoni Marie
Inkuka y’imisa yo ku munsi w’Imana : Umukuru w’Igihugu ahamagarira Abarundi gufashanya
Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu, Ndayishimiye Varisito arikumwe n’umuryango wiwe na bamwe mu barongoye inzego z’igihugu, yifadikanije, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 20/9/2020, n’aba kristu bo mw’ishengero ryitiriwe umweranda Guido Maria Conforti
Urugendo rw’Umukuru w’Igihugu muri Tanzaniya rwabaye ngirakamaro ku mpande zose
Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yaragendeye igihugu ca Tanzaniya, ku wa 19 Nyakanga 2020, akaba yari yitavye ubutumire bwa mugenzi we Nyenicubahiro Dr. John Pombe Magufuli. Urwo rugendo rukaba rwabereyeIjambo ryashikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ryo gutanguza urumuri rw’amahoro rugira 14
IJAMBO RYO GUSOZERA URUMURI RW AMAHORO 2020UgururaIjambo ryashikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ryo gutanguza icese isekeza ryo kwegereza intabire abenegihugu
[embeddoc url="https://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2020/09/FOMI-SPEECH.pdf" download="all" viewer="google"]Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yashikirije ku musi mukuru w’iyurizwa rya bikira Mariya mw’ijuru
[embeddoc url="https://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2020/08/IJAMBO-RISHIKIRIJWE-NA-NYENICUBAHIRO-UMUKURU-W-IGIHUGU-I-MUGERA.pdf" download="all" viewer="google"]Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yashikirije mu gutanguza icese umwiherero wa mbere w’abagize Reta y’Uburundi i Ngozi
[embeddoc url="https://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2020/07/DISCOURS-RETARITE-NGOZI-DU-21-07-2020.pdf" download="all" viewer="google"]Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yashikirije mu mubonano yagiranye n’abarongoye imigambwe yemewe n’amategeko mu Burundi
[embeddoc url="https://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2020/07/IMIGAMBWE-FINALE.pdf" download="all" viewer="google"]Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yashikirije ku munsi wo kurambikako ibiganza abagiye kuba aba diyakoni naba patiri muri diyoseze nkuru ya Gitega
[embeddoc url="https://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2020/07/ORDINATION-KARUSI-DISCOURS-PDT-DU-04-07-2020.pdf" download="all" viewer="google"]