

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

ONU iriyamiriza ibitero biheruka gukorwa mu Burundi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito yahaye umubonano, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 Rusama 2021, Amb. François Louncény Fall,
Reta y’Uburundi n’Ibanki y’Isi Yose bemeranije gukurikiranira hamwe imigambi y’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Rusama 2021, uwujejwe ibikorwa mw’Ibanki y’isi
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye ahamagarira Abarundi kwitegurira irima ryo mu ci
Mu gihe yari ahejeje kwimbura itoni umunani z’ibigori mu murima uri ku musozi Mpehe wa zone Bugarama mu ntara
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ariteguriye gutsimbataza imigenderanire na Tanzaniya
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarungikanye intumwa idasanzwe ikaba n’Umushikiranganji ajejwe iyinjira ry’Uburundi mu Karere k’Ubuseruko, Urwaruka, Inkino n’imico kama,
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye Umukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe impunzi kw’isi HCR
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano Filippo Grandi, Umukuru w’ishirahamwe
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba indongozi kuba koko abungere nyabo b’abo bajewe kurongora, mu kubabera umuco w’ubumwe n’urukundo
Aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije n’abakristu ba Paruwasi yitiriwe Umweranda Francisco w’i
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye, ari i Brazzaville, yashigikiye icipfuzo co gukorana mu runani n’abandi batambukanyi b’abakuru b’ibihugu vya Afrika
Kw’igenekerezo rya15 Ndamukiza, Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yaraherekeje Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye i Brazzaville muri RepubulikaIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Kwubahiriza amategeko niwo mushinge w’iterambere
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito
Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gutsimbataza urukundo, amahoro n’ukunywana vyo soko ry’iterambere rirama
Mu gihe yari yifadikanije n’abakristu