

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu yaragendeye igisagara ca Djibloho muri Guinée Equatoriale
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste iyo ari mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Guinée Équatoriale, yamaze umusi ugira kane
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yabandanirije urugendo rwiwe I Bata muri Guinée Equatoriale
Kw’igenekerezo rya 04 Munyonyo inyuma y’umutaga, ni ku musi ugira gatatu w’urugendo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yaragiye
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yaragendeye imigambi y’ubworozi na college y’abigeme vyo mu karere ka Riaba muri Guinée Équatoriale
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 4 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Umutambukanyi wiwe n’abashikiranganji ba Leta batanu bagendanye na
Umukuru w’Igihugu yagendeye ibibanza bimwe bimwe n’amahinguriro yo muri Guinée Equatoriale
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi n’abo bafatanye urugendo baragendeye ibibanza bimwe bimwe n’amahinguriro yabakaburiye
Umukuru w’Igihugu yashitse i Malabo kuri uyu wa mbere mu rugendo ruzomumaza imisi itanu
Mu kwitaba ubutumire bwa mugenziwe w’igihugu ca Guinée Équatoriale Nyenicubahiro Obiang Nguema Mbasogo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yaragize
Umukuru w’Igihugu ahamagarira Abarundi gutsimbataza urukundo no gufatana munda
Kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya mbere Munyonyo 2020, Umuryango w’Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Général Major Varisito NDAYISHIMIYE wifadikanije n’Abakristu ba Paroisse
Inkuka y’imisa yo ku munsi w’Imana : Umukuru w’Igihugu ahamagarira Abarundi gufashanya
Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu, Ndayishimiye Varisito arikumwe n’umuryango wiwe na bamwe mu barongoye inzego z’igihugu, yifadikanije, kuri uyu w'Imana igenekerezo rya