

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umurwi CENI washikirije icegeranyo cemeza ko amatora yo muri 2020 yagenze neza cane
Umukuru w’umurwi ujejwe amatora CENI yashikirije Kuri uyu wa kane mu ngoro y’amakoraniro yo mu Kigobe, imbere y’Umukuru w’Igihugu
Umukuru w’Igihugu ca Ethiopiya ari mu rugendo rw’akazi ngaha mu Burundi, mu ntumbero yo gutsimbataza imigenderanire y’ubucuti no gufashanya
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 9 ruhuhuma 2021, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, ku kibuga c’indege
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye arashima imigenderanire myiza iri hagati y’Uburundi n’Igihugu c’Ubushinwa
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 04 Ruhuhuma 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano uwuserukira igihugu c’Ubushinwa
Ibihugu vya Côte d’Ivoire na Nigeria biriteguye gushigikira Uburundi mw’iterambere
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yakiriye kuri uwu wa gatatu itariki 3 Ruhuhuma 2021 intumwa zidasanzwe zibiri zarungitswe
Umutambukanyi wa Sebarundi yatanguje ihiganwa Miss Burundi 2021
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yatanguje icese ihiganwa ryo gutora umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge, mu mwaka w’2021,
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye arahimiriza abagwizatunga kugwiza amahinguriro ahingura ivyimburwa vy’Uburundi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye, yatanguje kuri uyu wa kabiri ku muhingamo, iyimbura
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yiyemeje gufata ikibazo c’impunzi mu minwe
Mu gihe Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yari yakiriye ,Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 ruhuhuma 2021,
Sebarundi ahamagarira abenegihugu kurwiza unwimbu no kugwanya ikiza ca korona, kugira kiranduranwe n’imizi mu Burundi
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ahamagarira abenegihugu kurushirizaho gukora ibikorwa vy’iterambere kugirango barwize umwimbu, batibagiye no kubandanya bakurikiza ingingo
Umukuru w’Igihugu arashima intambwe ibikorwa vyo gusanura ibarabara ry’igihugu nomero 1(RN1) bigezeko
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 nzero 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasanze ku kivi abenegihugu bo
Ibihugu vya Misiri n’Ubuhindi biriteguye gufasha Uburundi
Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 nzero 2021, abaserukira ibihugu vy’UbuhindiIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira umuntu wese kwubaha ingoro y’Imana
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito