Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yitavye kuri uyu wa gatanu inama yo ku rwego rwo hejuru yatunganijwe n’Ibanki Nkuru y’Igihugu BRB, ifise intumbero yo kwiga neza uko ubutunzi bw’Uburundi bwotera
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, aho yari yishikiye mu ntara ya Bubanza, yatanze intumbero ibereye ku bashakashatsi, abategura n’abashira mu ngiro imigambi ijanye n’uburimyi n’ubworozi, biciye mu mu gutegura
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 Myandagaro uwuserukira igihugu ca Misiri Yasser El-Atawi, akaba yari amuzaniye intasho za Mugenziwe Al Fattah Al
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye kuri uyu wa kabiri abarongozi b’ibanki TDB (Eastern and Southern African Trade and Development Bank), kera yari izwi nka ZEP, bakaba bari barongowe
Kuri uyu musi wa gatandatu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarateye iteka ibirori vyo kwinjira Ikirimba ca Bikira Mariya kiri muri paruwase Makebuko mu