Mu gihe yari aramutse yugurura icese inyubakwa y’ikigo “Urumuri” c’i Gitega ifasha mu gikorwa co kuvura ingwara yo mu kigo, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yashimye ibikorwa vy’ishirahamwe Umugiraneza
Mu gihe yari yishikiye ku kivi kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 nyakanga 2021, mu kugendera ibigo vy’akarorero mu burimyi n’ubworozi biri mu makomine ya Giheta na Makebuko
Kuri uyu wa 11 Nyakanga 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yuguruye icese ibitaro vya mbere vya komine, i Musigati mu ntara ya
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yatanguje kuri uyu wa kane ibikorwa vyo kwubaka ku buryo bwa kijambere ikivuko ca Bujumbura, ivyo bikorwa bikazorangurwa mu kiringo c’imyaka ibiri n’ishirahamwe ry’abayapani
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije kuri uyu wa Mungu, n’abakirisu b’Ishengero rya Méthodiste Libre mu Burundi mu birori vyo kwinjira ingoro y’Imana ya paruwase Gishingano yubatse ku musozi
Mu gihe yari yifadikanije n’abakristu ba Diyoseze ya Ngozi mu nkuka ya misa yo kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 29 Myandagaro 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasavye abarundi bose