

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yahaye umubonano uwuserukira OMS mu Burundi
Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, Umutambukanyi wa Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi, akaba anarongoye amashirahamwe UMUGIRANEZA na OPDAD-Burundi, yahaye umubonano uwuserukira ishirahamwe mpuzamakungu
Umuryango wa Sebarundi wasangiye inkuka ya misa n’abakristu ba Paruwasi Giheta
Kuri uyu wa 11 Ndamukiza 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Général Major Varisito Ndayishimiye, ari kimwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline
Umukuru w’Igihugu arashimishwa nuko abarundi bamaze gutahura ko iterambere ribwirizwa kuva mu maboko yabo
Ari kumwe na bamwe mu bashikiranganji ba Reta y’Uburundi n’abandi bubahwa batandukanye, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije n’invukira
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye n’Umutambukanyi wiwe bateye iteka ibikorwa vyo gusozera Ihuriro rigira 5 ry’urwaruka
Bari kumwe na bamwe mu bagize Reta y’Uburundi n’izindi ndongozi z’igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye,
Umukuru w’Igihugu yuguruye ihuriro ry’urwaruka rigira 5
Aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yuguruye icese kuri uyu wa Kane, ihuriro rigira 5 ry’urwaruka, kuIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yabonanye n’abakora mu gisata c’uburimyi n’ubworozi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito
Igihugu ca Misiri kirashima ibikorwa vya Reta y’Uburundi kigasaba ko amasezerano yasinywe yoja mu ngiro vuba
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito