Uburundi burashigikiye ishingwa ry’ikigega kidasanzwe kigenewe ihindagurika ry’ibihe muri Afrika
Mu nama igira 984 y’Umurwi w’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika Ujejwe Amahoro n’Umutekano yabaye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 09 Ntwarante kuri bwa buhinga ngurukanabumenyi, ishingiye ku nkurikizi z’ihindagurika
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye rijanye n’Umunsi Mukuru Mpuzamakungu wahariwe Umukenyezi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2021/03/Discours-a-la-Nation-8-mars.pdf" download="all" viewer="google"]
Uburundi buratsimbataye mu karere ka Afrika y’Ubuseruko
Ku ncuro ya mbere kuva ashikiriye amabanga yo kurongora Uburundi, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kuri uyu wa gatandatu, yitavye inama isanzwe y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’Ubuseruko
Umukuru w’igihugu aguma ari hafi y’abenegihugu mu migambi y’iterambere
Mu ntumbero yo kwirabira imigambi y’iterambere ishigikiwe n’Ibanki y’Isi yose, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yarabandanije kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2021, gusanga ku kivi abarimyi-borozi ba
Umukuru w’Igihugu asaba abarundi kwisubirako no kunagura imigenderanire n’Imana, muri iki gihe c’Ikarema
Kuri uyu musi w’Imana wa mbere w’Ikarema, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, bifadikanije n’abakristu ba Paruwasi Gihiza iri muri zone Mungwa, komine
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ahamagarira urwaruka guhurumbira inyigisho z’ubuhinga kugira bitezimbere
Mu gihe we n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bari bifadikanije n’abenegihugu b’i Gitega ku murwa mukuru wa politique w’Uburundi, mu bikorwa rusangi vyo kwagura ishure kaminuza ry’imyuga riri ahitwa
Umurwi CENI washikirije icegeranyo cemeza ko amatora yo muri 2020 yagenze neza cane
Umukuru w’umurwi ujejwe amatora CENI yashikirije Kuri uyu wa kane mu ngoro y’amakoraniro yo mu Kigobe, imbere y’Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito n’Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka icegeranyo co gusozera