Ishirahamwe PNUD ryiyemeje kwongereza inguvu mu bisata vyo kurwanya ubukene mu Burundi
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yakiriye mu biro vyitiriwe Ntare Rushatsi umupfasoni Nicole KOUASSI, yaje guserukira Ishirahamwe Mpuzamakungu PNUD risanzwe rifasha mw’iterambere ry’Uburundi. Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yabanje kumucira
Itangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2021/01/Itangazo-ku-bimenyeshamakuru-1.pdf" download="all" viewer="google"]
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba abajejwe gukurikirana isanurwa ry’isoko rya Kamenge kwitanga, kugirango ibikorwa birangire ku gihe
Mu rugendo yagize inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 27 nzero ahariko hararangurirwa ibikorwa vyo gusanura isoko ya Kamenge, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasavye abarongoye
Itangazo ku bimenyeshamakuru
11 – Itangazo – 23-01-2021 – Ikiyago na Prezida wa Centrafrique-1
Itangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2021/01/Itangazo-21-01-2021-Prezida-Neva-yaganiriye-na-Prezida-wa-Angola.pdf" download="all" viewer="google"]Itangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2021/01/Itangazo-18-01-2021-Uhuru-Kenyatta-na-Varisito-Ndayishimiye-baganiriye.pdf" download="all" viewer="google"]
Itangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2021/01/Itangazo-17-01-2021-Prezida-Museveni-yaganiriye-na-Prezida-Ndayishimiye.pdf" download="all" viewer="google"]
Itangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2021/01/Itangazo-17-01-2021-Ikiyago-kuri-Terefone-na-Nyenicubahiro-Magufuli-wa-Tanzaniya.pdf" download="all" viewer="google"]