Umutambukanyi wa Sebarundi yatanguje ihiganwa Miss Burundi 2021
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yatanguje icese ihiganwa ryo gutora umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge, mu mwaka w’2021, ariryo « Miss Burundi 2021 ». Ibirori vyo gutanguza ibikorwa
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye arahimiriza abagwizatunga kugwiza amahinguriro ahingura ivyimburwa vy’Uburundi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye, yatanguje kuri uyu wa kabiri ku muhingamo, iyimbura ry’umwimbu w’ibigori mu murima wa koperative VASO zo mu gisagara
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yiyemeje gufata ikibazo c’impunzi mu minwe
Mu gihe Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yari yakiriye ,Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 ruhuhuma 2021, abaserukira Amashirahamwe Mpuzamakungu HCR na PAM, yongeye kwerekana neza ko
Sebarundi ahamagarira abenegihugu kurwiza unwimbu no kugwanya ikiza ca korona, kugira kiranduranwe n’imizi mu Burundi
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ahamagarira abenegihugu kurushirizaho gukora ibikorwa vy’iterambere kugirango barwize umwimbu, batibagiye no kubandanya bakurikiza ingingo zafashwe zo kurwanya ikiza ca korona, kugirango gituzwe burundu mu
Icegera c’Umukuru w’igihugu yifadikanije n’Ishengero rya Anglicane mu birori vyo kurobanura abadiyakoni no guhezagira abapasitori
Icegera c’Umukuru w’igihugu Nyakwubahwa Bazombaza Prosper yateye iteka Ishengero rya Anglicane kuri uyu wa Mungu, aho ryari riramutse rirobanura abadiyakoni rikanahezagira abapasitori ku murwa mukuru wa politike wa Gitega.
Umukuru w’Igihugu arashima intambwe ibikorwa vyo gusanura ibarabara ry’igihugu nomero 1(RN1) bigezeko
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 nzero 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasanze ku kivi abenegihugu bo ku mitumba itandukanye y’intara za Bubanza na Bujumbura. Mu mpanuro
Ibihugu vya Misiri n’Ubuhindi biriteguye gufasha Uburundi
Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 nzero 2021, abaserukira ibihugu vy’Ubuhindi na Misiri, ari bo A. Ajay Kumar et Yasser El
Ishirahamwe PNUD ryiyemeje kwongereza inguvu mu bisata vyo kurwanya ubukene mu Burundi
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yakiriye mu biro vyitiriwe Ntare Rushatsi umupfasoni Nicole KOUASSI, yaje guserukira Ishirahamwe Mpuzamakungu PNUD risanzwe rifasha mw’iterambere ry’Uburundi. Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yabanje kumucira
Itangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/01/Itangazo-ku-bimenyeshamakuru-1.pdf" download="all" viewer="google"]