

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu atumirira Abarundi guha ikibanza gikomeye Imana mu buzima bwabo
Mu birori vyo gutanguza icese igisabisho co gushimira Imana, catunganijwe i Mutaho n’Umuryango wa Sebarundi kw’izina ry’abarundi bose, Nyenicubahiro
Sebarundi asaba abarundi kuzorangwa n’urukundo, ubumwe n’umwumvikano mu mwaka w’2021
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 27 Kigarama 2020, umunsi aba kristu gatorika bahimbaza umunsi mukuru w’Umuryango Mweranda w’i Nazareti,
Umukuru w’Igihugu asaba abarundi gushigikira abatishoboye
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE n’umuryango wiwe bagendeye, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 kigarama, irerero ry’impfuvyi Kezakimana-Ubuzima bushashaItangazo ku bimenyeshamakuru rijanye n’ihimbazwa ry’Umunsi Mukuru wa Noheri
Kuri uyu wa 25 Kigarama, umusi duhimbaza ivuka rya Yezu Kristu, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yifadikanije n’abakristu baAbamenyeshamakuru b’Ikimenyeshamakuru Iwacu barekuwe hisunzwe ikigongwe c’Umukuru w’Igihugu
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ahejeje kugirira ikigongwe abantu 4 b’ikinyamakuru Iwacu bari basanzwe bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Bubanza. Kw’itegeko
Umukuru w’Igihugu yashimye ibikorwa vya Reta y’Uburundi ku bice 85%
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasozereye umwiherero wamaze imisi ibiri kuva kw’igenekerezo rya 22 na 23 kigarama 2020
Umukuru w’igihugu c’Uburundi yuguruye icese umwiherero w’abagize Reta kugira binegure ku vyaranguwe
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yuguruye icese ku murwa mukuru wa politike i Gitega, umwiherero wa Reta ku
Abacamanza bashasha ba Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro barahiye imbere ya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu
Kuri uyu wa 21 Kigarama 2020, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yateye iteka igikorwa co kurahira icese ku bacamanza ba
Sebarundi asaba amashirahamwe yigenga gukorera mu runani na Reta, mw’ishirwa mu ngiro ry’imigambi y’igihugu.
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 20 Kigarama, mu gihe yari yifadikanije n’abakristo b’Ishengero Méthodiste Libre
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yatangaje ko hazoba amasengesho yo gushimira Imana mu gusozera umwaka wa 2020
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yatanguje Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Kigarama 2020, mu nkuka y’imisa
Umukuru w’Igihugu ahamagarira amahinguriro ya Reta kwongereza akanovera k’ivyo bahingura
Umukuru w’Igihugu C’Uburundi, Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito yabandanirije ibikorwa vyiwe vyo kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 17 Kigarama 2020 kw’ihoteri
Umukuru w’Igihugu yatanguje ibikorwa vyo kubaka ibiro vya OBR
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Kigarama, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yatanguje icese ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa igerekeranijeIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yahawe ubutumwa buvuye kwa Mugenziwe wa Centrafrika
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito