Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu
Sebarundi ahamagarira abenegihugu kurwiza unwimbu no kugwanya ikiza ca korona, kugira kiranduranwe n’imizi mu Burundi
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ahamagarira abenegihugu kurushirizaho gukora ibikorwa vy’iterambere kugirango barwize umwimbu, batibagiye no kubandanya bakurikiza ingingo
Umukuru w’Igihugu arashima intambwe ibikorwa vyo gusanura ibarabara ry’igihugu nomero 1(RN1) bigezeko
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 nzero 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasanze ku kivi abenegihugu bo
Ibihugu vya Misiri n’Ubuhindi biriteguye gufasha Uburundi
Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 nzero 2021, abaserukira ibihugu vy’Ubuhindi
Ishirahamwe PNUD ryiyemeje kwongereza inguvu mu bisata vyo kurwanya ubukene mu Burundi
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yakiriye mu biro vyitiriwe Ntare Rushatsi umupfasoni Nicole KOUASSI, yaje guserukira Ishirahamwe Mpuzamakungu
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba abajejwe gukurikirana isanurwa ry’isoko rya Kamenge kwitanga, kugirango ibikorwa birangire ku gihe
Mu rugendo yagize inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 27 nzero ahariko hararangurirwa ibikorwa vyo gusanura
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye aripfuzako Ekleziya Katorika yoba umushinge w’iterambere
Mu gihe hahimbazwa ukumenyekana kw’Umwami Yezu, Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, aho yari yifadikanije n’abakirisu ba paruwase Budatyora iri muri
Amasengesho yo gushimira Imana ko yazigamye Uburundi mu mwaka wa 2020, kabaye akaryo ko kwerekana ubumwe buri hagati y’abemera Imana
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 31 kigarama 2020, muri komine Mutaho y’intara ya Gitega, niho hasozerwa igisabisho co gushimira
Umukuru w’igihugu asaba abarundi gukomeza ubumwe n’urukundo kugira intambwe bagezeko ntizosubire inyuma
Ku munsi ugira gatatu w’igisabisho categuwe n’Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kw’izina ry’abarundi bose, Umukuru w’igihugu yasavye abarundi gusenga
Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye arashimira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi
Mu gusozera umunsi ugira kabiri w’amasengesho y’igihugu yo gushimira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi, Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yamenyeshejeIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu