
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arahimiriza abenegihugu kwijukira ibikorwa vy’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yishikiye mu ntara ya Kayanza kuri uyu musi wa kane igenekerezo rya 05 Myandagaro kugira ngo yirabire yongere ahimirize abenegihugu mu bikorwa vy’iterambere bishingiye
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira Umurundi wese gutahurako afitiye ideni igihugu ciwe
Kuri uyu wa gatatu, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yabonaniye kw’ihoteli Royal Palace yo mu gisagara ca Bujumbura n’abarundi bakorera imirimo yabo mu bindi bihugu biri mu mpande zine
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira umuntu wese kwubaha ingoro y’Imana
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe n’umuryango wiwe wose bifadikanije n’Ishengero ry’Abagenzi mu birori vyo kwinjira isengero rishasha ryubatse Ku musozi wa Nyarurambi muri komine RutegamaDondoo za MHE. Samia Suluhu Hassan, Rais wa Jamhuli ya Muungano wa Tanzania baada ya kufanya mazungumzo rasmi na MHE. Evariste Ndayishimiye,Rais wa Jamhuri ya Burundi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/07/Media-briefing-by-HE-Samia-Suluhu-Hassan-compresse.pdf" download="all" viewer="google"]
TANGAZO RIJANYE N’URUGENDO RW’AKAZI RWA NYENICUBAHIRO SAMIA SULUHU HASSAN, UMUKURU W’IGIHUGU CA TANZANIYA MU BURUNDI
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/07/Itangazo-rijanye-nurugendo-rwUmukuru-wIgihugu-ca-Tanzaniya.pdf" download="all" viewer="google"]
Mu rugendo Umukuru w’Igihugu ca Tanzaniya arimwo mu Burundi: Harasinywe amasezerano 8 yo gufashanya
Umukuru w’igihugu ca Tanzania ashitse ku kibuga c’indege mpuzamakungu citiriwe Melchior Ndadaye, yakiriwe n’Icegera c’Umukuru w’igihugu Nyakwubahwa Prosper Bazombanza, akaba ari we yaciye amushikana ku Kirimba c’Umukuru w’Igihugu citiriwe
Umukuru w’Igihugu asaba abarimyi gukorera mu mashirahamwe kugira barwize umwimbu
Kuri uyu wa 8 Mukakaro 2021, muri komine Makebuko intara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yagendeye abarimyi bahurikiye muri koperative Dukorerehamwe, irima igiterwa c’umuceri mu mwonga wa
Umukuru w’Igihugu yakiriye Umushikiranganji wa Kenya araba ibijanye n’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko
Kuri uyu wa 8 Mukakaro, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ku kirimba ciwe kiri i Gitega ku murwa mukuru wa politike w’Uburundi, yakiriye Umushikiranganji w’igihugu ca Kenya araba ivy’Umuryango
Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gukomeza ukwikukira mu gusonera ubutaka bw’igihugu, itunga rusangi, ubuzima bw’umuntu n’amategeko
Kuri uyu wa mbere Mukakaro 2021, niho abarundi bari baramutse bahimbaza isabukuru ry’imyaka 59 irangiye bahabuje intahe y’ukwikukira. Ibirori vyatangujwe no gushira ingori z’amashurwe no kwunamira intatemwa y’uwaharaniye ukwikukira,