
Umukuru w’Igihugu yabonanye n’abakinyi b’umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba
Inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa gatandatu igenekerezi rya 14 Munyonyo, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito, mu nyubakwa z’ihoteli Nonara Beach, yabonanye n’abakinyi b’umurwi nserukiragihugu w’umupira w’amaguru Intamba mu
Umukuru w’Igihugu yakiriye intumwa ya mugenziwe w’Igihugu ca Gabon
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 12 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yakiriye, ku Kirimba c’i Gitega umurwa mukuru wa politike umushikiranganji w’igihugu ca Gabon ajejwe imigenderanire
Umukuru w’Igihugu yaganutse ava muri Guinée Equatoriale
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angéline NDAYISHIMIYE, bahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE, inyuma y’urugendo rw’akazi Sebarundi yari amazemwo imisi itanu mu gihugu
Umukuru w’Igihugu yarangije urugendo rw’iminsi 5 yarimwo muri Guinée Equatoriale
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yasozereye urugendo rw’akazi yatanguye kw’igenekerezo rya 02 Munyonyo mu gihugu ca Guinée Équatoriale, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe. Urwo rugendo yarukoze yitavye ubutumire bwa Mugenziwe Teodoro
Urugendo rw’Umukuru w’Igihugu muri Guinée Équatoriale: Amasezerano 6 yo gufashanya yarashizweko igikumu
Ku wa gatanu igenekerezo rya 06 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste ageze ku musi wa gatanu mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Guinée Équatoriale, urugendo rwabayemwo inyungu hagati
Umukuru w’Igihugu yaragendeye igisagara ca Djibloho muri Guinée Equatoriale
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste iyo ari mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Guinée Équatoriale, yamaze umusi ugira kane i Djibloho, igisagara cubatswe vuba kuko cadugijwe mu mwaka wa
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yabandanirije urugendo rwiwe I Bata muri Guinée Equatoriale
Kw’igenekerezo rya 04 Munyonyo inyuma y’umutaga, ni ku musi ugira gatatu w’urugendo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yaragiye i Malabo, neza na neza mu gisagara co ku nkengera
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yaragendeye imigambi y’ubworozi na college y’abigeme vyo mu karere ka Riaba muri Guinée Équatoriale
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 4 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Umutambukanyi wiwe n’abashikiranganji ba Leta batanu bagendanye na we ku rwego rwo hejuru mu rugendo rw’akazi mu gihugu