Itangazo n°2 rya Reta y’Uburundi ku ngingo y’Inama nkuru y’umutekano ya ONU
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2020/12/itangazo-rya-2-rya-Reta-CSNU.pdf" download="all" viewer="google"]
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kuri Lycée du Lac Tanganyika
Kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 5 Kigarama, Nyenicubahiro Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu,Angeline Ndayishimiye yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kubanyeshure barangije amashure yisumbuye kw’ishure Lycée du Lac Tanganyika riri muri
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye asaba abanyafrika kunezerezwa no kwimbura bagafungura ivyabo
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Kigarama, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yitavye imam idasanzwe igira 13 y’ibihugu bigize Ubumwe bwa Afrika yabereye Kuri bwa buhinga ngurukanabumenyi,
Umukuru w’Igihugu yahaye umubonano uwuserukira Ubutariyano mu Burundi
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 4 Kigarama 2020, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito yahaye umubonano Massimilliano MAZZANTI, aserukira igihugu c’Ubutariyano mu Burundi, asanzwe afise icicaro i Kampala mu gihuguIjambo rishikirijwe n’Umukuru w’igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, mu birori vyo gusozera indwi yahariwe umutangakori, umwaka w’2020
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2020/12/UMUTANGAKORI-2020-A5.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu ahamagarira abarundi gutera intambwe muvyo gukunda igihugu, mu kwijukira gutanga ikori, kugirango itunga ry’igihuhgu ryisununure
Kuri uyu wa 3 Kigarama 2020, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito yateye iteka ibirori vyo gusozera indwi yahariwe umutangakori, yatunganijwe n’ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR, ivyo bikorwa bikaba
Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yaganiriye n’abanyeshure bo kw’ishure ryitiriwe umweranda Gustino ryo mu Gitaramuka
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, Nyencibahiro Angeline Ndayishimiye, yaragendeye, kuri uyu wa 3 Kigarama, umwaka w’2020, ishure ryitiriwe umweranda Gustino ryo mu Gitaramuka, komine Gitaramuka, mu ntara ya Karusi. Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu
Umukuru w’Igihugu yaganutse ava Libreville
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yaganutse avuye mu rugendo rw’imisi ibiri mu gihugu ca Gabon aho yari yitavye Inama isanzwe igira 18 y’Abakuru b’ibihugu b’Ishirahamwe ry’ubutunzi rya Afrika yo
Umubonano wa Nyenicubahiro Ndayishimiye na mugenziwe Ali Bongo
Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye , Umukuru w’igihugu c’Uburundi, muragendo arimwo mugihugu ca Gabon, yagiranye ibiganiro n’Umukuru w’Igihugu ca Gabon Ali Bongo Ondimba. Nyenicubahiro Ndayishimiye yashimiye Ali Bongo kukuntu yakiranywe igishika cinshi