Umukuru w’Igihugu ahamagarira amahinguriro ya Reta kwongereza akanovera k’ivyo bahingura
Umukuru w’Igihugu C’Uburundi, Nyenicubahiro NDAYISHIMIYE Varisito yabandanirije ibikorwa vyiwe vyo kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 17 Kigarama 2020 kw’ihoteri « Club du Lac Tanganyika » aho yateye iteka ibirori
Umukuru w’Igihugu yatanguje ibikorwa vyo kubaka ibiro vya OBR
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Kigarama, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yatanguje icese ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa igerekeranije incuro cumi na zibiri izoba ibiro vy’ikigo kijejwe kwegeranya amakori
Umukuru w’Igihugu asaba itunganywa rishasha ry’igisata c’uburimyi n’ubworozi
Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE, yarateye iteka, kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 15 kigarama, ibikorwa vy’umwiherero ujanye n’ishirwa mu ngiro rya politike nshimikiro y’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije vyabereye muri zone
Umukuru w’igihugu asaba amashengero kuba umushinge w’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubariro Varisito Ndayishimiye n’Umutambukanyi wewe, bifadikanije n’abakristu ba paruwasi Mutoyi, muri diyoseze nkuru ya Gitega, mu gisabisho co kuri uwu wa 13 Kigarama, uwa Mungu ugira gatatu w’Ubushikiro.
Umukuru w’Igihugu asaba abarundi gukora bakagera kurugero rumwe n’ibindi bihugu bihurikiye mumuryango wa Afrika y’ubuseruko Uburundi buhurikiyemwo
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE , kuri uyu wa 10 Kigarama 2020, yatanguje ibikorwa vy’ihuriro ku rwego rwo hejuru, ryo kurabira hamwe intambwe igezweko mu bijanye n’iyinjira ry’Uburundi mu muryango w’ibihugu vya AfrikaIjambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu mugutanguza uruganda rwo kurabira hamwe intambwe Uburundi bugezeko mubijanye n’iyinjira mumuryango w’Ibihugu vya Afrika y’Ubuseruko
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2020/12/Discours-EAC.pdf" download="all" viewer="google"]
Umushikiranganji wa Angola ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu yakiriwe na Nyenicubahiro Ndayishimiye, aho yari amuzaniye ubutumwa bwa Mugenziwe Joào Lourenço, no kumwereka Umunyamabanga Nshingwabikorwa mushasha wa CIRGL
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yarakiriye, ku wa kabiri mu biro Kwa Ntare Rushatsi, Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu w’igihugu ca Angola. Nyakwubahwa Têtè ANTONIO yari yaje arongoye umurwi munini urimwo
Umukuru w’Igihugu Varisito NDAYISHIMIYE yatanguje inagurwa ry’ibiganiro vyo ku rwego rwo hejuru, hagati y’Uburundi n’ishirahamwe rya Buraya.
Kuva kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 7 Kigarama, Uburundi n’ishirahamwe ry’ibihugu vya Buraya vyasubiye kunagura ku rwego rwo hejuru, ibiganiro, biciye mu mubonano Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yahayeItangazo n°2 rya Reta y’Uburundi ku ngingo y’Inama nkuru y’umutekano ya ONU
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2020/12/itangazo-rya-2-rya-Reta-CSNU.pdf" download="all" viewer="google"]