
Umukuru w’Igihugu asaba indongozi gukunda abo barongoye no kubabera abavyeyi babushitse
Kuri uyu musi ugira kabiri w’amasengesho y’igihugu yatunganijwe na Sebarundi kw’izina ry’abarundi bose, mu ntumbero yo gushimira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi, amasengesho ariko arabera i Mutaho mu ntara
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu asaba urwaruka kugira amerekero meza
Ku munsi ugira kabiri w’igisabisho catunganijwe n’Umukuru w’igihugu c’Ubuundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kw’izina ry’abarundi bose, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu , Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, yaremesheje inyigisho ku rwaruka aho yabasavye kugira amerekero
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba Imana kubandanya ikingira Uburundi
Mu nkuka ya misa yaherejwe na Musenyeri mukuru wa Diyoseze nkuru ya Gitega Simoni Ntamwana muri paruwasi Gitongo, komine Mutaho, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, mu gisabisho rusangi yashikirije,
Umukuru w’Igihugu atumirira Abarundi guha ikibanza gikomeye Imana mu buzima bwabo
Mu birori vyo gutanguza icese igisabisho co gushimira Imana, catunganijwe i Mutaho n’Umuryango wa Sebarundi kw’izina ry’abarundi bose, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasavye abarundi kwama baha ikibanza ca mbere ImanaItangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2020/12/Itangazo-28-12-2020-Amasengesho-yo-gushimira-Imana-J1.pdf" download="all" viewer="google"]
Sebarundi asaba abarundi kuzorangwa n’urukundo, ubumwe n’umwumvikano mu mwaka w’2021
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 27 Kigarama 2020, umunsi aba kristu gatorika bahimbaza umunsi mukuru w’Umuryango Mweranda w’i Nazareti, Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe NyenicubahiroItangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2020/12/Itangazo-27-12-2020-Inkuka-ya-Misa-i-Kiganda.pdf" download="all" viewer="google"]