
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yabandanirije urugendo rwiwe I Bata muri Guinée Equatoriale
Kw’igenekerezo rya 04 Munyonyo inyuma y’umutaga, ni ku musi ugira gatatu w’urugendo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yaragiye i Malabo, neza na neza mu gisagara co ku nkengera
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yaragendeye imigambi y’ubworozi na college y’abigeme vyo mu karere ka Riaba muri Guinée Équatoriale
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 4 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Umutambukanyi wiwe n’abashikiranganji ba Leta batanu bagendanye na we ku rwego rwo hejuru mu rugendo rw’akazi mu gihugu
Umukuru w’Igihugu yagendeye ibibanza bimwe bimwe n’amahinguriro yo muri Guinée Equatoriale
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Munyonyo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi n’abo bafatanye urugendo baragendeye ibibanza bimwe bimwe n’amahinguriro yabakaburiye ubwenge. Batanguye kugendera Ingoro y’amakoraniro y’i SIPOPO. Bariko baramutembereza muriItangazo nomero 1 rya Reta y’Uburundi kubijanye n’ukurwanya ikiza ca Coronavirus
Itangazo numero 1 rya Reta y’Uburundi kubijanye n’ukurwanya ikiza ca Coronavirus.
Umukuru w’Igihugu yashitse i Malabo kuri uyu wa mbere mu rugendo ruzomumaza imisi itanu
Mu kwitaba ubutumire bwa mugenziwe w’igihugu ca Guinée Équatoriale Nyenicubahiro Obiang Nguema Mbasogo, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yaragize guhera kuri uyu wa mbere urugendo ruzomumaza imisi itanu muItangazo rijanye n’urugendo rw’Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, mu gihugu ca Guinée Équatoriale
Itangazo rijanye n’urugendo rw’umukuru w’igihugu nyecibuhari Varisito Ndayishimiye.
Umukuru w’Igihugu ahamagarira Abarundi gutsimbataza urukundo no gufatana munda
Kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya mbere Munyonyo 2020, Umuryango w’Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Général Major Varisito NDAYISHIMIYE wifadikanije n’Abakristu ba Paroisse Murayi, ikukira Archidiocèse ya Gitega, mu nkuka ya misa y’uno
UMUSHIKIRANGANJI W’IMIGENDERANIRE N’AMAKUNGU W’IGIHUGU CA KONGO YAKIRIWE N’UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI
Kuri uyu wa 5 Gitugutu 2020 igihe c’isaha icumi (16h00), Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yakiriye Umushikiranganji w’Imigenderanire n’amakungu w’Igihugu ca Repuburika Iharanira Demokarasi ya Kongo (RDC), Umupfasoni Marie
Inkuka y’imisa yo ku munsi w’Imana : Umukuru w’Igihugu ahamagarira Abarundi gufashanya
Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu, Ndayishimiye Varisito arikumwe n’umuryango wiwe na bamwe mu barongoye inzego z’igihugu, yifadikanije, kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 20/9/2020, n’aba kristu bo mw’ishengero ryitiriwe umweranda Guido Maria Conforti