UBUTUMWA BWA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI INYUMA Y’URUPFU RW’UMUKURU W’IGIHUGU CA TANZANIYA, NYENICUBAHIRO JOHN POMBE JOSEPH MAGUFULI
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/03/Ijambo-ryo-Guhoza-Tanzaniya.pdf" download="all" viewer="google"]
Umuryango wa Sebarundi wasangiye inkuka ya misa n’abakritu b’i Munanira
Kuri uyu wa 14 Ntwarante 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, basangiye inkuka ya misa n’abakristu ba Paruwasi Munanira ikukira Diyoseze Nkuru
Sebarundi asaba urwaruka gukoresha ubumenyi baronswa mu mashure mu kugira ubwenge bwo kwiteza imbere
Mu gihe kuri uyu wa gatandatu Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, arikumwe n’Umutambukanyi w’iwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yugurura icese ishure ryisumbuye ry’ubuhinga ryitiriwe Petero NKURUNZIZA ry’i Bugendana mu ntara ya
Umukuru w’Igihugu aragabisha abajejwe gukurikirana imigambi batubahiriza ibiringo
Mu rugendo yagize kuri uyu wa 11 ntwarante mu ntara ya Kirundo, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakebuye abajejwe gushira mu ngiro imigambi itandukanye y’iterambere badakora bisunga ineza y’abenegihugu
Uburundi burashigikiye ishingwa ry’ikigega kidasanzwe kigenewe ihindagurika ry’ibihe muri Afrika
Mu nama igira 984 y’Umurwi w’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika Ujejwe Amahoro n’Umutekano yabaye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 09 Ntwarante kuri bwa buhinga ngurukanabumenyi, ishingiye ku nkurikizi z’ihindagurika
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye rijanye n’Umunsi Mukuru Mpuzamakungu wahariwe Umukenyezi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/03/Discours-a-la-Nation-8-mars.pdf" download="all" viewer="google"]
Uburundi buratsimbataye mu karere ka Afrika y’Ubuseruko
Ku ncuro ya mbere kuva ashikiriye amabanga yo kurongora Uburundi, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kuri uyu wa gatandatu, yitavye inama isanzwe y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’Ubuseruko