
Umukuru w’Igihugu arashima ibikorwa vy’Ishirahamwe Umugiraneza mu gisata c’amagara y’abantu
Mu gihe yari aramutse yugurura icese inyubakwa y’ikigo “Urumuri” c’i Gitega ifasha mu gikorwa co kuvura ingwara yo mu kigo, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yashimye ibikorwa vy’ishirahamwe Umugiraneza
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba abarimyi gushira amatongo hamwe kugirango barwize umwimbu
Mu gihe yari yishikiye ku kivi kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 nyakanga 2021, mu kugendera ibigo vy’akarorero mu burimyi n’ubworozi biri mu makomine ya Giheta na Makebuko
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye uwuserukira igihugu c’Ubutariyano mu Burundi
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 nyakanga 2021, ku kirimba ciwe c’i Gitega ku murwa mukuru wa politike, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano Massimiliano MAZZANTI aserukira igihugu
Umukuru w’Igihugu aratera intege urwego rwo kwivuna abansi ku ntambwe rugezeko mu gukingira ibidukikije
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 13 Nyakanga 2021, Umukuru w’igihugu akaba n’intwazangabo nkuru y’inzego zijejwe umutekano no kwivuna abansi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yuguruye icese ihinguriro ry’amakara ryubatswe mw’ikambi ya
Umukuru w’Igihugu yuguruye icese ibitaro vya mbere vya komine, i Musigati mu ntara ya Bubanza
Kuri uyu wa 11 Nyakanga 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yuguruye icese ibitaro vya mbere vya komine, i Musigati mu ntara yaIjambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ryo gutanguza icese rusansuma nkuru y’abenegihugu, uburaro, uburimyi n’ubworozi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/09/Discours-Recensement-1.pdf" download="all" viewer="google"]
Ikivuko ca Bujumbura kigiye kwugururira Uburundi imihora yo guhanahana ibidandazwa
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yatanguje kuri uyu wa kane ibikorwa vyo kwubaka ku buryo bwa kijambere ikivuko ca Bujumbura, ivyo bikorwa bikazorangurwa mu kiringo c’imyaka ibiri n’ishirahamwe ry’abayapaniIcegeranyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 08 Nyakanga 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/09/Itangazo-Inama-08-Nyakanga-2021.pdf" download="all" viewer="google"]
Kwubahiriza amategeko niwo mushinge w’iterambere
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije kuri uyu wa Mungu, n’abakirisu b’Ishengero rya Méthodiste Libre mu Burundi mu birori vyo kwinjira ingoro y’Imana ya paruwase Gishingano yubatse ku musozi