
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yateye iteka umunsi wahariwe umutangakori
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yateye iteka, kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 21 kigarama 2021, ku Kibuga citiriwe Intwari mu Gisagara ca Bujumbura, ibirori vyo gusozera indwi yahariwe umutangakori,
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba Abarundi bose gusubira ku karanga ko gushigikirana
Mu gihe kuri uyu wa 20 Kigarama 2021 yari aramutse yugurura icese ibikorwa vy’inama ya bose igira 7 y’umurwi w’igihugu ujejwe gukingira no gutegekaniriza kazoza abenegihugu, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito
IJAMBO RY’UMUKURU W’IGIHUGU MU NAMA Y’UMURWI W’IGIHUGU UJEJEJWE GUKINGIRA NO GUTEGEKANIRIZA KAZOZA ABENEGIHUGU
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/12/Discours-Pdt-Protection-Sociale.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arasaba Abarundi gutandukana n’agatima k’agatimatare
Mu gihe Ekleziya Katorika iramutse itangura ikiringo c’Ubushikiro, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Yohani Batista yo mu Gihosha, mu gisagara ca Bujumbura, aho yasavye abakirisuItangazo rya Reta y’Uburundi ryo gushima ingingo Reta z’Unze Ubumwe za Amerika yafashe yo guhagarika ibihano vy’agahotoro yari yafatiye Uburundi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/11/Itangazo-rya-Reta-ryo-Gushimira-RZA.docx" download="all" viewer="microsoft"]
Uburundi na Reta zunze ubumwe za Amerika biyemeje gukorana kugira batsimbataze imigenderanire
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano kuri uyu musi wa kabiri ku Kirimba c’i Gitega, uwuserukira Reta zunze ubumwe za Amerika, umupfasoni Mélanie Harris Higgins. Mu vyo bayaze, bashimikiye
Mu gusozera Umwiherero w’abagize Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta, Umukuru w’Igihugu yatanze inyigisho zo kuzirikana igihugu ku bayobozi bakuru muri Reta
Kuri uyu wa 5 Munyonyo 2021, mu ntara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yatanze inyigisho zo kuzirikana igihugu ku barongoye inzego nkuru nkuru z’igihugu, abayobozi bakuru muri
Kuraba ko Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta ruramira abenegihugu nkuko bitegerezwa, intumbero y’umwiherero w’abagize urwo rwego uriko urabera mu ntara ya Gitega
Kuva kuri uyu wa 3 Munyonyo 2021, ku kirimba c’Umukuru w’Igihugu i Gitega ku murwa mukuru wa poritike, hariko harabera umwiherero ku bagize Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta y’Uburundi, urongowe