Mu rugendo yagize kuri uyu wa 11 ntwarante mu ntara ya Kirundo, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakebuye abajejwe gushira mu ngiro imigambi itandukanye y’iterambere badakora bisunga ineza y’abenegihugu
Ku ncuro ya mbere kuva ashikiriye amabanga yo kurongora Uburundi, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kuri uyu wa gatandatu, yitavye inama isanzwe y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’Ubuseruko
Mu ntumbero yo kwirabira imigambi y’iterambere ishigikiwe n’Ibanki y’Isi yose, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yarabandanije kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2021, gusanga ku kivi abarimyi-borozi ba
Kuri uyu musi w’Imana wa mbere w’Ikarema, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, bifadikanije n’abakristu ba Paruwasi Gihiza iri muri zone Mungwa, komine
Mu gihe we n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bari bifadikanije n’abenegihugu b’i Gitega ku murwa mukuru wa politique w’Uburundi, mu bikorwa rusangi vyo kwagura ishure kaminuza ry’imyuga riri ahitwa
Umukuru w’umurwi ujejwe amatora CENI yashikirije Kuri uyu wa kane mu ngoro y’amakoraniro yo mu Kigobe, imbere y’Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito n’Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka icegeranyo co gusozera