Umushikiranganji Shingiro yarayaze neza n’abagwizatunga ba Misiri ku vyo kuzana imitahe yabo mu Burundi
Kw’igenekerezo rya 25 Ntwarante, Umushikiranganji ajejwe imigenderanire no gufashanya n’ayandi makungu Nyakwubahwa Albert Shingiro yarakoranirije hamwe, mu nzu y’amanama yitwa Colorés Canyon y’inzu y’ingenzi Hilton Héliopolis, abarongoye amahinguriro y’igihugu ca
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito yaragendeye umurwa Mukuru mushasha wa politike wa Misiri
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari mu rugendo rw’akazi rwamushikanye mu gihugu ca Misiri, yararonse akaryo ko kugendera umurwa Mukuru mushasha wa politike wa Misiri, uriko urubakwa ahitwa Al-Masa ku
Ibihugu vy’Uburundi na Misiri vyashizeko umukono ku masezerano yo gufashanya
Ibihugu vy’Uburundi na Misiri vyateye umukono kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ntwarante, ku masezerano atandatu yo gufashanya, akuraho za mpapuro zitanga uburenganzira bwo kwinjira mu gihugu kanaka bitaItangazo ku bimenyeshamakuru rijanye n’urugendo rw’Umukuru w’Igihugu mu gihugu ca Misiri
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2021/03/Itangazo-23-03-2021-urugendo-mu-Misiri.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu asaba abarundi kwipimisha ikiza ca corona, kenshi gashoboka.
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umuryango wiwe, bifadikanije n’abakristu bo muri Paruwasi Regina Pacis, iri mw’ikambi y’igiporisi ya SOCARTI mu Kamenge, mu gisabisho co kuri uwu w’Imana ugiraUBUTUMWA BWA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI INYUMA Y’URUPFU RW’UMUKURU W’IGIHUGU CA TANZANIYA, NYENICUBAHIRO JOHN POMBE JOSEPH MAGUFULI
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/wp-content/uploads/2021/03/Ijambo-ryo-Guhoza-Tanzaniya.pdf" download="all" viewer="google"]
Umuryango wa Sebarundi wasangiye inkuka ya misa n’abakritu b’i Munanira
Kuri uyu wa 14 Ntwarante 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, basangiye inkuka ya misa n’abakristu ba Paruwasi Munanira ikukira Diyoseze Nkuru
Sebarundi asaba urwaruka gukoresha ubumenyi baronswa mu mashure mu kugira ubwenge bwo kwiteza imbere
Mu gihe kuri uyu wa gatandatu Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, arikumwe n’Umutambukanyi w’iwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yugurura icese ishure ryisumbuye ry’ubuhinga ryitiriwe Petero NKURUNZIZA ry’i Bugendana mu ntara ya