Icegeranyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 25 Myandagaro 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/08/Itangazo-inama-25-Myandagaro-2021.pdf" download="all" viewer="google"]
Abarundi barangurira imirimo yabo mu bindi bihugu basabwa kuba koko abaserukizi b’Uburundi
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye n’abashikiranganji batari bake bagize Reta, yateye iteka igiteramo
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira Abarundi baba hanze y’Igihugu guterera mw’iterambere ry’igihugu
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yitavye kuri uyu wa gatanu inama yo ku rwego rwo hejuru yatunganijwe n’Ibanki Nkuru y’Igihugu BRB, ifise intumbero yo kwiga neza uko ubutunzi bw’Uburundi bwotera
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yabonanye n’abakora mu gisata c’uburimyi n’ubworozi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, aho yari yishikiye mu ntara ya Bubanza, yatanze intumbero ibereye ku bashakashatsi, abategura n’abashira mu ngiro imigambi ijanye n’uburimyi n’ubworozi, biciye mu mu gutegura
Igihugu ca Misiri kirashima ibikorwa vya Reta y’Uburundi kigasaba ko amasezerano yasinywe yoja mu ngiro vuba
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 Myandagaro uwuserukira igihugu ca Misiri Yasser El-Atawi, akaba yari amuzaniye intasho za Mugenziwe Al Fattah Al
Abarongozi b’ibanki TDB bari i Bujumbura kwirabira ivyo bofashamwo Reta y’Uburundi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye kuri uyu wa kabiri abarongozi b’ibanki TDB (Eastern and Southern African Trade and Development Bank), kera yari izwi nka ZEP, bakaba bari barongowe
Umukuru w’igihugu asaba ISABU gukorana n’abigenga mu kugwiza imbuto zirobanuye kugira hagwizwe umwimbu
Kuri uyu musi wa kabiri igenekerezo rya 16 Myandagaro 2021, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yabonanye n’abakozi b’ikigo ISABU kijejwe kugwiza imbuto zirobanuye c’i Gisozi muri komine Gisozi y’intara ya