Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasozereye umwiherero wamaze imisi ibiri kuva kw’igenekerezo rya 22 na 23 kigarama 2020 ku murwa mukuru wa politike i Gitega. Bamaze kurimbura ivyarangutse
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yuguruye icese ku murwa mukuru wa politike i Gitega, umwiherero wa Reta ku wa kabiri igenekerezo rya 21 kigarama 2020 kugira inzego nshasha
Kuri uyu wa 21 Kigarama 2020, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yateye iteka igikorwa co kurahira icese ku bacamanza ba Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro, akaba ari nawe yari agihagarariye.
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yatanguje Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Kigarama 2020, mu nkuka y’imisa yo kwinjira icese paruwase yitiriwe Regina Mundi iherutse gusubirwamwo, ko
Umukuru w’igihugu Nyenicubariro Varisito Ndayishimiye n’Umutambukanyi wewe, bifadikanije n’abakristu ba paruwasi Mutoyi, muri diyoseze nkuru ya Gitega, mu gisabisho co kuri uwu wa 13 Kigarama, uwa Mungu ugira gatatu w’Ubushikiro.
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE , kuri uyu wa 10 Kigarama 2020, yatanguje ibikorwa vy’ihuriro ku rwego rwo hejuru, ryo kurabira hamwe intambwe igezweko mu bijanye n’iyinjira ry’Uburundi mu muryango w’ibihugu vya Afrika