
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba indongozi kuba koko abungere nyabo b’abo bajewe kurongora, mu kubabera umuco w’ubumwe n’urukundo
Aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije n’abakristu ba Paruwasi yitiriwe Umweranda Francisco w’i Assise ya Magarama ikukira diocèse nkuru ya Gitega, mu nkuka
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye ryo Gutanguza Icese Ivyirwa vy’Umwaka w’Ishure 2020-2021 muri Kaminuza y’Intwaramiheto ISCAM
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/04/Discours-Annee-Academique-ISCAM.pdf" download="all" viewer="google"]
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye, ari i Brazzaville, yashigikiye icipfuzo co gukorana mu runani n’abandi batambukanyi b’abakuru b’ibihugu vya Afrika
Kw’igenekerezo rya15 Ndamukiza, Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yaraherekeje Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye i Brazzaville muri Repubulika ya Congo mu rugendo yari aramutse agira rwo gushigikira MugenziweItangazo ku bimenyeshamakuru rijanye n’urugendo rwa Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu mu gihugu ca Congo
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/04/communique-15-04-2021-Visite-officielle-Congo-kr.pdf" download="all" viewer="google"]
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yahaye umubonano uwuserukira OMS mu Burundi
Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, Umutambukanyi wa Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi, akaba anarongoye amashirahamwe UMUGIRANEZA na OPDAD-Burundi, yahaye umubonano uwuserukira ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu, OMS, Dogiteri Xavier Crespin, ku wa 13
Umuryango wa Sebarundi wasangiye inkuka ya misa n’abakristu ba Paruwasi Giheta
Kuri uyu wa 11 Ndamukiza 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Général Major Varisito Ndayishimiye, ari kimwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, basangiye inkuka ya misa n’abakristu ba Paruwasi Giheta, ikukira
Umukuru w’Igihugu arashimishwa nuko abarundi bamaze gutahura ko iterambere ribwirizwa kuva mu maboko yabo
Ari kumwe na bamwe mu bashikiranganji ba Reta y’Uburundi n’abandi bubahwa batandukanye, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije n’invukira zo mu ntara ya Ruyigi, mu bikorwa vyo kwubaka inyubakwa