Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 11 décembre 2020 Umukuru w’Igihugu asaba abarundi gukora bakagera kurugero rumwe n’ibindi bihugu bihurikiye mumuryango wa Afrika y’ubuseruko Uburundi buhurikiyemwo Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE , Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 8 décembre 2020 Umushikiranganji wa Angola ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu yakiriwe na Nyenicubahiro Ndayishimiye, aho yari amuzaniye ubutumwa bwa Mugenziwe Joào Lourenço, no kumwereka Umunyamabanga Nshingwabikorwa mushasha wa CIRGL Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 7 décembre 2020 Umukuru w’Igihugu Varisito NDAYISHIMIYE yatanguje inagurwa ry’ibiganiro vyo ku rwego rwo hejuru, hagati y’Uburundi n’ishirahamwe rya Buraya. Kuva kuri uyu wa mbere Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 5 décembre 2020 Umukuru w’igihugu Ndayishimiye asaba abanyafrika kunezerezwa no kwimbura bagafungura ivyabo Kuri uyu wa gatandatu Read more
Amasanamu 29 décembre 2020 Inyigisho ku ndongozi imbere y’umutaga: Sebarundi abasaba kwirinda uburyarya no kurangwa n’urukundo Read more
Amasanamu 29 décembre 2020 Isengesho rya Sebarundi mu gusozera umunsi wa 1 w’igikorane: Asaba Imana umwimbu mwinshi Read more
Amasanamu 28 décembre 2020 Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gukengurukira Imana kuvyiza yabakoreye Read more
Amasanamu 28 décembre 2020 Umukuru w’Igihugu asaba Abarundi gukunda Imana kugira nayo ibahunde imihezagiro Read more