
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yafashije amabati imiryango ikenye
Mu gihe Uburundi bwari buramutse buhimbaza umusi wahariwe gufatana mu nda, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, abicishije mw’ishirahamwe Fondation Bonne Action Umugiraneza asanzwe arongoye, yashikirije imfashanyo y’amabati ku
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye, ari i Brazzaville, yashigikiye icipfuzo co gukorana mu runani n’abandi batambukanyi b’abakuru b’ibihugu vya Afrika
Kw’igenekerezo rya15 Ndamukiza, Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yaraherekeje Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye i Brazzaville muri Repubulika ya Congo mu rugendo yari aramutse agira rwo gushigikira Mugenziwe
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yahaye umubonano uwuserukira OMS mu Burundi
Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, Umutambukanyi wa Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi, akaba anarongoye amashirahamwe UMUGIRANEZA na OPDAD-Burundi, yahaye umubonano uwuserukira ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu, OMS, Dogiteri Xavier Crespin, ku wa 13
Umutambukanyi wa Sebarundi yatanguje ihiganwa Miss Burundi 2021
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yatanguje icese ihiganwa ryo gutora umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge, mu mwaka w’2021, ariryo « Miss Burundi 2021 ». Ibirori vyo gutanguza ibikorwa