Mw’ijambo yashikirije ku muhingamo wo kuri uyu musi wa mbere w’amasengesho mpuzamadini yo gushimira Imana ku mwaka urangiye ashikiriye amabanga yo kurongora Uburundi, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasavye
Mu gihe Ekleziya Katolika iramutse ihimbaza umusi Mukuru w’Umushaha Mweranda wa Yezu Kristu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye Umukuru w’igihugu c’Uburundi yifadikanije mu gisabisho n’abakirisu ba Paruwase ya Cathédrale Regina Mundi
Kuri uyu wa 29 Rusama, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, ku kirimba ciwe kiri i Gitega, Peter Mutuku Mathuki, Umunyamabanga Mukuru w’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko. Muri uyo mubonano,
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye kuri uyu wa kane umupfasoni Sylvie BAIPO TEMON, umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu w’igihugu ca Centrafrika, yari yaje amuzaniye ubutumwa bwa Mugenziwe wa Centrafrika.
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito yahaye umubonano, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 Rusama 2021, Amb. François Louncény Fall, intumwa idasanzwe y’Umunyamabanga Mukuru wa ONU mu karere ka Afrika