
ONU iriyamiriza ibitero biheruka gukorwa mu Burundi
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito yahaye umubonano, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 Rusama 2021, Amb. François Louncény Fall, intumwa idasanzwe y’Umunyamabanga Mukuru wa ONU mu karere ka Afrika
Reta y’Uburundi n’Ibanki y’Isi Yose bemeranije gukurikiranira hamwe imigambi y’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Rusama 2021, uwujejwe ibikorwa mw’Ibanki y’isi yose, ku ruhande rwa Repubulika Iharanira Demokarasi Ya Congo, Angola,Itangazo rya Reta y’Uburundi ku bitero vy’iterabwoba vyo ku wa 25 Rusama 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/05/itangazo-rya-reta-ku-bitero-vyiterabwoba-vyakozwe.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye ahamagarira Abarundi kwitegurira irima ryo mu ci
Mu gihe yari ahejeje kwimbura itoni umunani z’ibigori mu murima uri ku musozi Mpehe wa zone Bugarama mu ntara ya Muramvya, Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yasavye abarundi kwitegurira irima ryo
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ariteguriye gutsimbataza imigenderanire na Tanzaniya
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yarungikanye intumwa idasanzwe ikaba n’Umushikiranganji ajejwe iyinjira ry’Uburundi mu Karere k’Ubuseruko, Urwaruka, Inkino n’imico kama, Ezéchiel Nibigira, ubutumwa Kuri Mugenziwe wa Tanzania Nyenicubahiro Samia Sahulu
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye rijanye n’Umunsi Mukuru wahariwe Abakozi n’Akazi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/04/Umusi-mukuru-wAbakozi-nAkazi.pdf" download="all" viewer="google"]
INYIGISHO ZA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU KU MUSI WO GUFUNGURA ABANYORORO KU MPIMBA
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/04/Seance-de-Moralisation-Mpimba-du-29-04-2021-1.pdf" download="all" viewer="google"]