
Umukuru w’Igihugu arashimishwa nuko abarundi bamaze gutahura ko iterambere ribwirizwa kuva mu maboko yabo
Ari kumwe na bamwe mu bashikiranganji ba Reta y’Uburundi n’abandi bubahwa batandukanye, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yifadikanije n’invukira zo mu ntara ya Ruyigi, mu bikorwa vyo kwubaka inyubakwa
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye n’Umutambukanyi wiwe bateye iteka ibikorwa vyo gusozera Ihuriro rigira 5 ry’urwaruka
Bari kumwe na bamwe mu bagize Reta y’Uburundi n’izindi ndongozi z’igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, bitavye ibikorwa vy’umusi ugira kabiri, ari nawo wa nyuma w’ihuriro
Ijambo ryashikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye ryo gutanguza icese ibikorwa vy’Ihuriro ry’Urwaruka rigira gatanu
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/04/Ihuriro-ryUrwaruka-rigira-gatanu-du-13-04-2021-Discours2.pdf" download="all" viewer="google"][embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/04/Ihuriro-ryUrwaruka-rigira-gatanu-du-13-04-2021-Discours2.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu yuguruye ihuriro ry’urwaruka rigira 5
Aherekejwe n’Umutambukanyi wiwe, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yuguruye icese kuri uyu wa Kane, ihuriro rigira 5 ry’urwaruka, ku civugo: “Umwe wese kuco ashoboye, dukore twese” Iryo huriro rigira