
Kuraba ko Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta ruramira abenegihugu nkuko bitegerezwa, intumbero y’umwiherero w’abagize urwo rwego uriko urabera mu ntara ya Gitega
Kuva kuri uyu wa 3 Munyonyo 2021, ku kirimba c’Umukuru w’Igihugu i Gitega ku murwa mukuru wa poritike, hariko harabera umwiherero ku bagize Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta y’Uburundi, urongowe
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Buziracanda, mu guhimbaza umusi w’Imana
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Buziracanda iri muri komine Ndava y’intara ya Mwaro, mu nkuka ya misa yoTAARIFA YA MHESHIMIWA RAIS Evariste NDAYISHIMIYE KWA WAANDISHI WA HABARI WAKATI WA ZIARA YA KISEREKALI NCHINI JAMUHIRI YA MUUNGANO WA TANZANIA
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/10/Taarifa-Pdt-Visite-Tanzanie-1.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yatanguje icese irima ry’agatasi
Mu gihe Uburundi bwari bwifatanije n’isi yose mu guhimbaza umusi wahariwe ibifungurwa, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaciye atanguza icese irima ry’agatasi, abanje kwibutsa abarundi bose ko umunwa wose
Amashirahamwe CNME-CGC yahagaritswe mu mugambi wo kwubaka urugomero rwa Mpanda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yishikiye ku rubibe intara za Muramvya, Kayanza na Bubanza zihwanirako, aho amashirahamwe CNME-CGC yariko arakorera umugambi wo kwubaka urugomero rwa Mpanda, umugambi aho kuzana
Uburundi bwibutse ku ncuro igira 60 igandagurwa ry’incungu y’ukwikukira Umuganwa Ludoviko Rwagasore
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye n’izindi ndongozi z’igihugu nk’umukuru w’Inama Nkenguzamateka, Icegera c’Umukuru w’igihugu, Umushikiranganji wa mbere, abashingamateka n’abakenguzamateka, abashikiranganji bagize Reta y’Uburundi,
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye ryo kwugurura icese ibikorwa vy’Isabukuru Ndangakaranga, ku ncuro ya mbere
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/10/Isabukuru-ndangakaranga.pdf" download="all" viewer="google"]