Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu mugutanguza uruganda rwo kurabira hamwe intambwe Uburundi bugezeko mubijanye n’iyinjira mumuryango w’Ibihugu vya Afrika y’Ubuseruko
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2020/12/Discours-EAC.pdf" download="all" viewer="google"]
Umushikiranganji wa Angola ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu yakiriwe na Nyenicubahiro Ndayishimiye, aho yari amuzaniye ubutumwa bwa Mugenziwe Joào Lourenço, no kumwereka Umunyamabanga Nshingwabikorwa mushasha wa CIRGL
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yarakiriye, ku wa kabiri mu biro Kwa Ntare Rushatsi, Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu w’igihugu ca Angola. Nyakwubahwa Têtè ANTONIO yari yaje arongoye umurwi munini urimwo
Umukuru w’Igihugu Varisito NDAYISHIMIYE yatanguje inagurwa ry’ibiganiro vyo ku rwego rwo hejuru, hagati y’Uburundi n’ishirahamwe rya Buraya.
Kuva kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 7 Kigarama, Uburundi n’ishirahamwe ry’ibihugu vya Buraya vyasubiye kunagura ku rwego rwo hejuru, ibiganiro, biciye mu mubonano Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yahaye
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kuri Lycée du Lac Tanganyika
Kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 5 Kigarama, Nyenicubahiro Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu,Angeline Ndayishimiye yateye iteka ibirori vyo gutanga imenyekanishabumenyi kubanyeshure barangije amashure yisumbuye kw’ishure Lycée du Lac Tanganyika riri muri
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye asaba abanyafrika kunezerezwa no kwimbura bagafungura ivyabo
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Kigarama, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yitavye imam idasanzwe igira 13 y’ibihugu bigize Ubumwe bwa Afrika yabereye Kuri bwa buhinga ngurukanabumenyi,